Sign up to save your podcasts
Or

Kuri iyi ncuro Fondation y'abacikacumu bo mu Gatumba ikoranye n'abashingwamanza bayunganira batanze ibirego mu Burundi, mu Rwanda no muri Kongo hamwe n'imbere ya sentare mpanavyaha mpuzamakungu CPI ifise icicaro i La Haye muri Hollande.
Muri kino kiganiro Éloge Willy Kaneza agaruka kuri ayo mahano n'icizere abacikacumu bafise. Aganira n'umushingwamanza Innocent Nteziryayo hamwe na Espérance Nyasezerano, umukuru w'iyo Fondation. #WiriweMaine #AmjamboAfrica
By Amjambo AfricaKuri iyi ncuro Fondation y'abacikacumu bo mu Gatumba ikoranye n'abashingwamanza bayunganira batanze ibirego mu Burundi, mu Rwanda no muri Kongo hamwe n'imbere ya sentare mpanavyaha mpuzamakungu CPI ifise icicaro i La Haye muri Hollande.