Ababuranira umumenyeshamakuru w’Umurundikazi Sandra Muhoza, basaba ko arekurwa.Ishirahamwe ry’Uburayi ryaciye urubuga
META imiliyoni 840 z’amadolari kubera uburyo ikora ibijanye n’ubucuruzi ku mbuga.Inama y'abakuru b'ibihugu bigize APEC yatanguye imilimo yayo i Lima, ku murwa mukuru wa Peru.