Sign up to save your podcastsEmail addressPasswordRegisterOrContinue with GoogleAlready have an account? Log in here.
Iyi Podcast ifise intumbero yo guhimiriza abantu ngo bakerebuke, bazingurure amaboko biteze imbere. Iratanga udu tips na tricks ingene umuntu abigenza.... more
FAQs about Kerebuka:How many episodes does Kerebuka have?The podcast currently has 11 episodes available.
December 07, 2023Episode 11: ❇️ Wogwanya gute gusamazwa n’ibisayangana (shiny object syndrome) ?Iyi shiny object syndrom ni ingorane iza iyo umuntu aguma asamazwa n'ikintu cose gishasha kije agaca ata ico yariko arakaora. Bigatuma adaheza ivyo yatanguye kandi ntashike ku ntumbero yihaye....more21minPlay
November 28, 2023Episode 10: ❇️ Ntube umurorerezi mw'iterambere ahubwo ube umukinyi (don't be a spectator in your own economy)!Ntube umurorerezi mw'iterambere, ba umukinyi kubera ivyo gukora ntibibuze!...more19minPlay
November 21, 2023Episode 9: ❇️ Urashaka gutangura kwikorera usezere umukoresha wawe (ditch your 8 - 4 job)?Nimba ufise indoto zo kwokorera ariko ukaba ukorera uwundi muntu, hariho ibintu utegerezwa kwitegurira....more16minPlay
November 14, 2023Episode 8: ❇️ Ibimenyetso 5 vyerekana ko umuntu yifatiwe n’akayo - Screen addiction (cyberdépendance)Iyi episode yerekeye ibimenyetso 5 vyerekana ko hageze ko umuntu agabanya umwanya akoresha kuri telefone yiwe canke ibindi biyo. Navyo ni nkibi: kudasinzira neza, kumeneka umutwe, amaso atukura....!...more19minPlay
November 01, 2023Episode 7: ❇️ Ibintu 7 vyokwitwarika ku mutekano wawe kuri internet- online safety (securité en ligne) - Irinde phishing!Umutekano wawe kuri internet urahambaye. Abahacker bakwivye birashobora kukugiranko ingaruka mbi. Muriyi episode, harimwo ivyo ukwiye gukora bijannye na information pesonnelle zawe, password, phishing., VPN......more29minPlay
October 24, 2023Episode 6: ❇️ Vyoba bibujijwe ko abakirisu bagira business (Faith driven entrepreneurship)?Hari abantu bibaza ko umukirisu agize business aba yitayeho ivyo kwisi gusumba ivyo mw'ijuru.Ariko sivyo, ikibi si amahera, ingorane iba iyo uyagize umwami wawe, akagutwara umutima ukayarutisha ibindi bintu vyose. Kubera turakeneye amahera yo kubaho ngaha kwisi umwanya tutarahj́a mw'ijuru....more19minPlay
October 17, 2023Episode 5: ❇️ Tahura ingorane ya analysis paralysis (paralysie d'analyse)-kunanirwa gufata ingingo!Ingorane ya analysis paralysis canke kunanirwa gufata ingingo, umuntu aba ayifise iyo akoresha inguvu n'umwanya urenze ariko ararondera amakuru ajanye n'umgambi wiwe. Mu nyuma bikamunanira kwidecida , umwanya ukamuherana ataco akoze (indecision/inaction)....more19minPlay
October 10, 2023Episode 4: ❇️ Ni gute twogwanya impostor syndrom (syndrome de l'imposteur)- gutinya kwitwa umuswaganyi?Impostor syndrom ni gutinya ko abantu bakwita umuswaganyi, ni gutinya gukora imigambi kubera utinya ko abantu bazohava bakwita umubeshi, ngo ivyo ukora ntavyuzi.Ubwo bwoba twobugwanya gute?...more17minPlay
October 03, 2023Episode 3: ❇️ Woba uzi ingene internet ikora?Internet yarahinduye ubuzima bwacu, woba uzi ingene ikora?...more22minPlay
September 26, 2023Episode 2: ❇️ Imvo 3 zisigura igituma side hustle (activité secondaire) ikenewe!Side hustle ariyo ntegabizoza irakenewe cane, iyo umuntu arwaye canke hagatera ikiza aca yiokora ku kantu ko ku ruhande. Kandi gatuma umuntu yitegurira pension neza....more15minPlay
FAQs about Kerebuka:How many episodes does Kerebuka have?The podcast currently has 11 episodes available.