
Sign up to save your podcasts
Or


Hello Muri ino Podcast Ndababwira Uwondi we n'igituma na hisemwo gukora biino. Enjoy, See you next Friday at 5:00 PM
Karibu kuri Agatima Podcast kuri Youtube : https://youtu.be/hY9GoA7ckTY?si=2RTzDiL0vKYWhJsy
Hosted on Acast. See acast.com/privacy for more information.
Hosted on Acast. See acast.com/privacy for more information.
From the publisher's feed
Karibu kuri Agatima Podcast! Muri kino Kibanza, umwe wese arahawe ikaze. We gusa fata icicaro, wihere amatwi ibiganiro tugushikiriza, mukirundi no mukinyarwanda. Tuganira kuvyerekeye ukwiteza…
Amazina yanje ni Iriho Quentin, Ushobora no kumpamagara "Iriho wa Gatanu"".
Nkunda cane kwitaho ubuzima banje, nkunda kwiga no gusangiza abandi ibintu bitandukanye nacane cane ibinfitiye akamaro, nkabishira mungiro, ndetse nkabisangiza abandi kugira twungurane ivyiyumviro (ibitekerezo).
Nkunda kwiga kumenya ivyo umubiri wanje ukeneye, nkunda gusoma ibitabo, nkunda kumenya amakuru agezweho, kumenya uko amafaranga akora , uko ubutunzi bugwira, nkunda kumenya kahise, k'ubu ndetse n'ibiteguwe muri kazoza.
Nico gituma nahisemwe gutanguza ino Podcast kugira nshikirize ivyo mbona , nigire kubandi ndetse nfashe n'abandi kumenya bimwe muvyo nzi n'ivyo abo nzoza ndatumira bazoza badushikiriza.
Agatima Podcast , tubashikiriza ibiganiro ( Episodes) kuwa kabiri hamwe no kuma gatanu.
Hosted on Acast. See acast.com/privacy for more information.