Nicole Irakoze ni umuririmvyi akaba n'umwigisha wo kuririmba no gucuraranga.Muri iki gice cambere c'ikiganiro twagiranye na Nicole, yaduciriye kumayange ingene yatanguye umwuga wo kuririmba.
Yaravuze igituma yasubiriye kwisomero ryo kuririmba kugira ngo ashobore kuba umuhinga muruyo mwuga.
Yongeye aratwereka aho imico ibera intambanyi abagore n'abakobwa biphuza gukora uwo mwuga
hama aca aratubwira ivyo yasanze bikenewe kugira ngo umwuga wo kuririmba no gucuraranga unaguke .
Nicole Irakoze womusanga ngaha :
Indirimbo : https://open.spotify.com/artist/6b22KbSwVTPIA4bZRCN5OW
Ivyigwa : https://www.youtube.com/watch?v=R5UTsNZUNcU