
Sign up to save your podcasts
Or


17.For God did not send his Son into the world to condemn the world, but to save the world through him.Â
18.Whoever believes in him is not condemned, but whoever does not believe stands condemned already because they have not believed in the name of God’s one and only Son.
Support the show
Ndavuga nti Mugendeshwe na Mpwemu, ni ho mutazoshitsa ivy’ akameremere kanyu kifuza.
Support the show
Réveille-toi! Réveille-toi! Enfile ta force en guise de vêtement, Sion! Mets tes habits de fête, Jérusalem, ville sainte! En effet, l'incirconcis et l'homme impur n'entreront plus chez toi. Secoue ta poussière, lève-toi et reprends ta place, Jérusalem! Détache les chaînes qui enserrent ton cou, toi la déportée, fille de Sion! '
Support the show
ati Mwoye kwibuka ivya mbere, kandi ntimwiyumvire ku vya kera.Ehe ngira nkore ikintu gisha: ko kigira giseruke ubu, mbega ntimuzokimenya? Nzoca inzira no mu bugaragwa, ntembeshe inzūzi ahagadutse.
Support the show
Ariko tuzi yuk’ umuntu adatsindanishirizwa n’ibikorwa bishinzwe n’ivyagezwe, arikw atsindanishirizwa no kwizera Yesu Kristo. Natwe twizeye Kristo Yesu, ngo kwizera Kristo kube ari kwo kudutsindanishiriza, atar’ ibikorwa bishinzwe n’ivyagezwe; kukw ata muntu atsindanishirizwa n’ibikorwa bishinzwe n’ivyagezwe.
Support the show
Yamara yacumitiwe ivyacu bicumuro, yajanjaguriwe ivyacu bigabitanyo: igihano kituronkesha amahoro cabaye kuri we, kand’ imishishagu yiwe ni yo idukiza.Â
Support the show
15. Mais le Seigneur lui dit: Va, car cet homme est un instrument que j’ai choisi, pour porter mon nom devant les nations, devant les rois, et devant les fils d’IsraĂ«l;Â
16. et je lui montrerai tout ce qu’il doit souffrir pour mon nom.Â
22. Cependant Saul se fortifiait de plus en plus, et il confondait les Juifs qui habitaient Damas, démontrant que Jésus est le Christ.
Support the show
YAJE KWEREKANA URUKUNDO RW'IMANA KUBANYAVYAHA.
www.wewenawewe.com
Support the show
YAJE KUDUHUZAKANDI N'IMANA.
www.wewenawewe.com
Support the show
From the publisher's feed
🎧An Audible Bible for All Generations.