ZeKrtvBible

1 Yohana 4:9-10 | Inspiring Wednesday


Listen Later

9.Iki ni co caseruye urukundo rw’Imana muri twebge, n’ukw Imana yarungitse Umwana wayo w’ikinege mw isi, kugira ngo duheshwe ubugingo na we. 10. Iki ni co kirimw’ urukundo, s’uko twebge twakunze Imana, ariko n’ukw ari yo yadukunze, igatuma Umwana wayo kuba impongano y’ivyaha vyacu.


@ZeKrtvBible

Support the show

...more
View all episodesView all episodes
Download on the App Store

ZeKrtvBibleBy #ToChristAlone