ZeKrtvBible

Ab'i Filipi 4:6-7 | InspiringWednesday


Listen Later

6. Ntimugire ico mwiganyira, ariko muri vyose ivyo mugomba bimenyeshwe Imana, mu gusenga no mu kwinginga bifatanije no gukenguruka.

7. Maz’ amahoro y’Imana aruta uko yomenywa n’umuntu wese, azoshibamira imitima yanyu n’ivyiyumviro vyanyu muri Kristo Yesu


Support the show

...more
View all episodesView all episodes
Download on the App Store

ZeKrtvBibleBy #ToChristAlone