Amakuru ku Mugoroba  - Voice of America

Amakuru ku Mugoroba - Voice of America

By VOANews
Download on the App Store

Amakuru ku Mugoroba - Voice of America episodes

  • Amakuru ku Mugoroba - Gicuransi 02, 2024
    Mu Burundi, ishyirahamwe Ligue Iteka rivuga ko abantu hafi 1,500 bishwe muri iyi myaka itatu ishize. Mu Rwanda, umuhesha w’inkiko arasaba urukiko kwanga kwakira ikirego cy’umuryango wa Rwigara Assinapol kuri cyamunara y’umutungo wabo.ONU yatangaje ko imvura n’imyuzure byahitanye abantu 29 mu Burundi
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Gicuransi 01, 2024
    Mu Burundi, abakozi basaba kwongerwa umushahara. U Rwanda rwemeje ko rwakiriye umuntu wa mbere w’umwimukira avuye mu Bwongereza. Muri Kongo, abarwanyi ba M23 bigaruriye igisagara ca Rubaya gicukurirwamwo ubutare. Abahitanywe n’imyuzure muri Kenya bageze ku 179.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Mata 30, 2024
    Umunyapolitiki Victoire Ingabire yitwariye leta y’u Rwanda muri sentare ya EAC.Ubwongereza butegekanya kurungika mu Rwanda abimukira 6,000 muri uno mwaka. Muri Republika ya Demokarasi ya Kongo, uno munsi bahimbaje umunsi wahariwe uburenganzira bwa mwarimu.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Mata 29, 2024
    Muri Kongo, imvura yahitanye abantu 9 muri segiteri ya Mutambala muri Teritware ya Fizi. Imyuzure kandi yibasiye Kenya, aho ku musi wa mungu yahitanye abantu bagera kuri 42 mu karere ka Mai Mahiu. ibitero vy'indege z'ingwano za Isirayeri vyahitanye abantu batari musi ya 22 mu gisagara ca Rafah.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Mata 26, 2024
    Mu Burundi, Parike nkuru ya Bujumbura yagirije icese umumenyeshamakuru Sandra Muhoza ivyaha vyo “guhungabanya umutekano w’igihugu no gukwirakwiza urwanko rufatiye ku bwoko". U Rwanda, rwatangaje ko ruzokwakira abimukira bose Ubwongereza buzorungika. Burkina Faso yahagaritse Ijwi ry'Amerika na BBC.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Mata 25, 2024
    Rwanda: Habuze abasura umutongo wo kwa Rwigara ugomba gutezwa cyamunara. Perezida Macron w’Ubufaransa yavuze ko gahunda y’Ubwongereza yo kohereza abimukira mu Rwanda nta kamaro ifite. Minisitiri w’ububanyi n’amahanga w’Amerika yongeye gushimangira akamaro k’ubufatanye hagati y’Amerika n'Ubushinwa
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Mata 24, 2024
    Abasenyewe n'umusozi wacitse muri Rumonge baratabaza reta kuko babayeho nabi. Amagambo ya Perezida Ndayishimiye abuza abagabo guharika yaba yatangiye gutera ingaruka mu ngo zimwe na zimwe
    Botswana yanze ubusabe bw’Ubwongereza bwo kwakira abasaba ubuhungiro birukanywe ku butaka bw’Ubwongereza.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Mata 23, 2024
    Abategetsi 2 ba LONI batanze impuruza ku ngaruka mbi bavuga ko umushinga w’itegeko ryo kohereza abimukira mu Rwanda uzagira. Minisitiri w’intebe w’Ubwongereza azohereza mu Rwanda abimukira ba mbere mu minsi itarenze ibyumweru 12. Ubwongereza n’Ubudage barasaba Hamas kurekura ingwate igifite.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Mata 22, 2024
    Mu Rwanda, hari bacunga gereza baba bafunzwe. Imiryango ya bamwe muri bo irabatabariza. Mu Burundi abarobyi baroba mu kiyaga cya Tanganyika bavuga ko umusaruro w'amafi wagabanutse. Urubanza rw’uwahoze ari perezida wa Leta zunze ubumwe z’Amerika Donald Trump rwatangiye kuburanishwa mu mizi
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Mata 19, 2024
    Abanyeshuri 10 bo muri Koleji ya Kristu Umwami y’i Nyanza mu Rwanda bitabiriye irushanwa mpuzamahanga mu vya robo ribera mu mujyi wa Houston muri Leta ya Texas muri Amerika. Mu Burundi, umunyamakuru Sandra Muhoza yaraye muri gereza nkuru ya Mpimba, i Bujumbura. Isiraheli yarashe muri Irani yihimura.
    30 min

About Amakuru ku Mugoroba - Voice of America

From the publisher's feed

Amakuru ku Mugoroba (1730-1800 UTC): Amakuru ashyushye yo mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Aha tubaha n’ubusesenguzi ndetse n’ibisobanuro byihariye ku makuru agezweho.