Amakuru ku Mugoroba  - Voice of America

Amakuru ku Mugoroba - Voice of America

By VOANews
Download on the App Store

Amakuru ku Mugoroba - Voice of America episodes

  • Amakuru ku Mugoroba - Werurwe 21, 2024
    Minisitiri w’ububanyi n’amahanga w’Amerika, Antony Blinken, uyu munsi yari mu Misiri mu biganiro n'abategetsi b'icyo gihugu. Muri Hayiti amabandi yongeye kugaba ibitero mu murwa mukuru Port-au Prince.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Werurwe 20, 2024
    Burundi: Ikigo Maison Shalom cemeza ko Uburongozi bw'intara ya Cankuzo bwigaruriye amatongo n'amazu yaco
    Muri Sudani y’epfo, abarenga 10 bagandaguwe n’ abatamenyekanye
    Ubushinwa na Ostrariya vyateye intambwe ya mbere yo kunagura imigenderanire
    Uburusiya bwemeza ko bwatesheje ibitero vya Ukraine
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Werurwe 19, 2024
    Muri Tanzaniya abagore bo mu nkambi za Nduta na Nyarugusu bafite abagabo bafunze bavuga ko batemererwa kumenya amakuru yabo. Mu Burundi amwe mu magambo ya Prezida Ndayishimiye ntavugwaho rumwe. Prezida wa Ukraine yatangaje ko igihugu cye kigiye gushaka uburyo cyakongera ingufu mu kurwanya Uburusiya.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Werurwe 18, 2024
    Abarundi bari indorerezi mu matora y’umukuru w’igihugu mu Burusiya bavuga ko yagenze neza.Muri Repubulika ya Demokarasi ya Kongo, guverima yasubukuye igihano cyo kwicwa. Ukraine yatangaje ko yashwanyurije mu kirere drone 17 kuri 22 Uburusiya bwarashe mu ntara 9 mu masaha ya kare yo kuri uyu wa mbere
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Werurwe 15, 2024
    Amakuru ku Mugoroba (1730-1800 UTC): Amakuru ashyushye yo mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Aha tubaha n’ubusesenguzi ndetse n’ibisobanuro byihariye ku makuru agezweho.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Werurwe 14, 2024
    Abaturage ba Teritware ya Fizi muri Kivu y'Epfo bahangayikishijwe n’amazi y’ikiyaga cya Tanganyika adasiba kwiyongera. Impunzi zo mu nkambi ya Nakivale muri Uganda nazo zifite ibibazo bikomeye by’imfashanyo z’ibiribwa n’imiti. Ukraine yarashe drone mu Burusiya, hafi y’umupaka, ihitana umuntu umwe.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Werurwe 13, 2024
    Mu Rwanda, sentare nkuru yanse guha Victoire Ingabire uburenganzira bwo kuba yakwiyamamaza mu matora ya prezida.Abakinyi ba Ekipe ya Dynamo yo mu Burundi bazotahuka ejo.Kenya yigije inyuma umugambi wayo wo kurungika abapolisi bayo muri Hayiti
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Werurwe 12, 2024
    Ikipe ya Dynamo yari ihagarariye Uburundi mw’irushanwa rya Basketball Africa League yasezerewe. Mu Rwanda, urukiko rw’ubujurire i Kigali rwaburanishije urubanza rw’umunyamakuru Dieudonné Niyonsenga adahari. Indege z’intambara za Isiraheli zarashe muri Libani.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Werurwe 11, 2024
    Abarwanyi ba M23 babandanya kwigarurira uduce dutandukanye twa teritware ya Rutshuru iri mu ntara ya Kivu ya ruguru. Mu Rwanda, umuyaga mwinshi waraye usenyuye amazu, wonona n’imirima y’abanyagihugu.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Werurwe 08, 2024
    Mu Rwanda, urukiko rwakatiye Denis Kazungu, wemera ko yishe abarenga 10, gufungwa ubuzima bwe bwose. Uyu munsi isi yizihije umunsi w'abari n'abategarugori. Ba perezida b'uburundi n'uw'u Rwanda bawitabiriye mu bihugu byabo. Ambasade y'Amerika i Moscou irabura ko ishobora kugabwaho igitero.
    30 min

About Amakuru ku Mugoroba - Voice of America

From the publisher's feed

Amakuru ku Mugoroba (1730-1800 UTC): Amakuru ashyushye yo mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Aha tubaha n’ubusesenguzi ndetse n’ibisobanuro byihariye ku makuru agezweho.