Sign up to save your podcastsEmail addressPasswordRegisterOrContinue with GoogleAlready have an account? Log in here.
Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, h... more
FAQs about Amakuru mu Gitondo - Voice of America:How many episodes does Amakuru mu Gitondo - Voice of America have?The podcast currently has 411 episodes available.
December 11, 2024Amakuru mu Gitondo - Ukuboza 11, 2024Umutwe wa M23 uratangaza ko wafashe mpiri abasirikari ba Kongo mu ntambata ikomeje muri teritwari ya Lubero.Mu Burundi , hatangajwe itegeko rizagenga abanyamakuru mu gihe cy’amatora. Uyu munsi mu mateka hashize imyaka 52 abantu ba nyuma bakandagiye ku kwezi....more30minPlay
December 10, 2024Amakuru mu Gitondo - Ukuboza 10, 2024Prezida Ndayishimiye w'Uburundi yagirije u Rwanda gukora ibikorwa vy'Iterabwoba mu Burundi.Ishirahamwe ry'umuryango w'Ubumwe bw'Ubulaya ryongereje ibihanro ryafatiye abategetsi ba Kongo.Igisirikare ca Isirayeri catangaje ko abasirikare bane baco baguye mu ngwano yabereye mu bumanuko bwa Libani...more30minPlay
December 09, 2024Amakuru mu Gitondo - Ukuboza 09, 2024Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu....more30minPlay
December 08, 2024Amakuru mu Gitondo - Ukuboza 08, 2024Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu....more30minPlay
December 07, 2024Amakuru mu Gitondo - Ukuboza 07, 2024Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu....more30minPlay
December 06, 2024Amakuru mu Gitondo - Ukuboza 06, 2024Kongo n'Uburundi bemeje uburyo bwo gufungura ibiraro byo ku ruzi rwa Rusizi.Mu Rwanda, guverinoma ivuga ko umunyapolitiki Ingabire Victoire, utavuga rumwe na leta, ategura guhirika ubutegetsi.Naho muri Afrika y’Epfo, abatwara indege za sosiyete South African Airways bari mu myigagarambyo....more30minPlay
December 05, 2024Amakuru mu Gitondo - Ukuboza 05, 2024Abamotari n’abagenzi bakoresha umuhanda uva Goma barinubira umutekano muke ukomeje ku bagiraho ingaruka. Perezida Biden yashoje uruzinduko rwe rw’iminsi itatu muri Angola. Namibiya yatoye perezida wa mbere w'umutegarugoli, Netumbo Nandi-Ndaitwah wo mw’ishyaka SWAPO, rimaze imyaka 34 ku butegetsi....more30minPlay
December 04, 2024Amakuru mu Gitondo - Ukuboza 04, 2024Imirwano yongeye kubura mu burasirazuba bwa Repubulika ye demokarasi ya Kongo.Abagendana ubumuga mu mujyi wa Uvira bakomeje kwiteza imbere. Prezida Joe Biden, uri mu ruzinduko muri Angola, uyu munsi arasura umuhanda wa Lobito wa gali ya moshi uhuza Angola, Kongo na Zambiya....more30minPlay
December 03, 2024Amakuru mu Gitondo - Ukuboza 03, 2024Prezida wa Amerika Joe Biden ari mu rugendo rw'akazi muri Angola.Mu Rwanda, umumenyeshamakuru Theoneste Nsengimana yanse kwitabira iburanishwa ryiwe.Mu Burundi, amashamba yavuye ku bice 40% vy’uburinganire bugize ubutaka bw’Uburundi mu myaka y’1990, aja kubice biri munsi ya 20% muri kino gihe....more30minPlay
December 02, 2024Amakuru mu Gitondo - Ukuboza 02, 2024Mu Rwanda, Abantu 9 bandura virusi itera Sida ku munsi ku munsi, igahitana 7. Mu Burundi, umurwi w’Urunani uri mu nzira nziza iwuganisha mu mahiganwa ya BAL. Waraye uhejeje inkino z’imirwi uri mu kibanza ca mbere. Donald Trump abandanya gushira ahabona abo yipfuza kuzoshira mu mabanga atandukanye....more30minPlay
FAQs about Amakuru mu Gitondo - Voice of America:How many episodes does Amakuru mu Gitondo - Voice of America have?The podcast currently has 411 episodes available.