Sign up to save your podcastsEmail addressPasswordRegisterOrContinue with GoogleAlready have an account? Log in here.
Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, h... more
FAQs about Amakuru mu Gitondo - Voice of America:How many episodes does Amakuru mu Gitondo - Voice of America have?The podcast currently has 412 episodes available.
November 12, 2024Amakuru mu Gitondo - Ugushyingo 12, 2024Umuryango w'umunyarwanda Erixon Kabera yishwe arashwe na polisi muri Canada basaba amatohoza ku rupfu rwiwe rutavugwako rumwe. Abarenga imiliyoni 28 bo mu buseruko bwa Kongo bugarijwe n’ingaruka z'intambara. Ayachi Zammel yitoje mu kibanza ca Perezida muri Tuniziya ashobora gufungwa imyaka 35....more30minPlay
November 11, 2024Amakuru mu Gitondo - Ugushyingo 11, 2024Mu Burundi, imiryango yubatse amazu aheregereye ibiro vy’umukuru w’igihugu ntigira aho ikika umusaya: Reta ntirayiha umuzibukiro. Prezida wa Amerika Joe Biden azokwakira Donald Trump ku wa gatatu. ONU itangaza ko hafi 70 ku ijana vy’abamaze guhitanwa n’intambara yo muri Gaza ari abagore n’abana....more30minPlay
November 10, 2024Amakuru mu Gitondo - Ugushyingo 10, 2024Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu....more30minPlay
November 09, 2024Amakuru mu Gitondo - Ugushyingo 09, 2024Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu....more30minPlay
November 08, 2024Amakuru mu Gitondo - Ugushyingo 08, 2024Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu....more30minPlay
November 07, 2024Amakuru mu Gitondo - Ugushyingo 07, 2024Amakuru ya k'ino gitondo ashimikira ku matora ya Amerika: Donald Trump yiginye instinzi yiwe, Kamala Harris yemera ko yatsinzwe, agirako yizeza guhererekanya ubutegetsi biciye mu muco. Umugambwe w'abarepublikane watsindiye ubwiganze bwa Sena...more30minPlay
November 06, 2024Amakuru mu Gitondo - Ugushyingo 06, 2024Amajwi yavuye mu matora ya hano muri Amerika yatangiye kubarurwa muri leta zitandukanye. Muri aya matora yitabiriwe n'amamiliyoni y'abanyamerika hari umubare munini wabatoye ari ubwa mbere, harimo n'abimukira. Murumva kandi abanyamakuru bacu babiri twohereje muri leta y'Arizona na Maine....more30minPlay
November 05, 2024Amakuru mu Gitondo - Ugushyingo 05, 2024Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Impunzi z’abarundi n’abanyarwanda zituye mu mugi wa Goma, mu karere ka Nyiragongo no hafi yaho zirasaba ko ibiro bya HCR bifunga.Irani Ivuga ko kwumvikana ku gusubira mu masezerano ya Nikereyeri yo mu 2015 n’ibihugu rutura bisa n’ivyarangiye....more30minPlay
November 04, 2024Amakuru mu Gitondo - Ugushyingo 04, 2024Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu....more30minPlay
November 03, 2024Amakuru mu Gitondo - Ugushyingo 03, 2024Kamala Harris uhagarariye ishyaka ry’Abademocrate na Donald Trump, ejo kuwa gatandatu berekeje muri leta ya North Carolina mu gihe hasigaye iminsi ibiri gusa ngo umunsi nyirizina w’amatora ugere. Abaturage b’Uburundi barasaba iki perezida mushya uzarotwa?...more30minPlay
FAQs about Amakuru mu Gitondo - Voice of America:How many episodes does Amakuru mu Gitondo - Voice of America have?The podcast currently has 412 episodes available.