Sign up to save your podcastsEmail addressPasswordRegisterOrContinue with GoogleAlready have an account? Log in here.
Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, h... more
FAQs about Amakuru mu Gitondo - Voice of America:How many episodes does Amakuru mu Gitondo - Voice of America have?The podcast currently has 413 episodes available.
August 25, 2024Amakuru mu Gitondo - Kanama 25, 2024HCR, AU n'u Rwanda vyongereje ikiringo c’amasezerano yo kuzana muri ico gihugu abimukira b’Abanyafurika bapfungiwe mu makambi atandukanye yo muri Libiya. Amnesty International yagiriza Reta y' Uburundi guhohotera abatavuga rumwe nayo. U Rwanda rwapfunze amasegero 40 " Atemeje ibisabwa n'amategeko"...more30minPlay
August 24, 2024Amakuru mu Gitondo - Kanama 24, 2024Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu....more30minPlay
August 23, 2024Amakuru mu Gitondo - Kanama 23, 2024Inama rukokoma y’Abademokrate yari imaze iminsi ine ibera mu gisagara ca Chicago co muri Reta ya Illinois yaraye iheze. Visi prezida wa Amerika Kamala Harris yashikirije ijambo. Mu Burundi abanduye ibihara vy'ibkende barenze 170....more30minPlay
August 22, 2024Amakuru mu Gitondo - Kanama 22, 2024Inama rukokoma y'abademoktrate igeze ku munsi wa gatatu: Clinton na Pelosi barahamagarira abademokrate bose gutora Kamala Harris. Ibitero by’indege za Isiraheli mu mpande zose z’intara ya Gaza, byahitanye abanyepalestina batari munsi ya 50 mu masaha 24 ashize....more30minPlay
August 21, 2024Amakuru mu Gitondo - Kanama 21, 2024Barack Obama Wayoboye Amerika yavuze ijambo rishyigikira Kamala Harris mu nama rukokoma y'abademokrate.Mu Rwanda. ishyaka Green Party rirahakana ibibazo by’amakimbirane yaba aririmo.Urukiko rw’ikirenga muri Kenya rrwemeje kocitegeko rigenga imari ryo mu 2023 ridaciye ukubiri n’itegeko nshinga...more30minPlay
August 20, 2024Amakuru mu Gitondo - Kanama 20, 2024Impunzi z’abarundi n’abanyarwanda zituye mu mugi wa Goma, mu karere ka Nyiragongo no hafi yaho zirasaba ko ibiro bya HCR bifunga. Irani Ivuga ko kwumvikana ku gusubira mu masezerano ya nikereyeri yo mu 2015 n’ibihugu rutura bisa n’ivyarangiye....more30minPlay
August 19, 2024Amakuru mu Gitondo - Kanama 19, 2024Muri Kongo, kiliziya gatorika yaraye ishyize mu rwego rw’abahire abapadiri bane biciwe muri teritwari ya Fizi mu 1964. Perezida w’u Rwanda Paul Kagame yashyizeho guverinoma nshya.Muri Amerika, inama kaminuza y’ishyaka ry’Abademokarate iratangira uyu munsi yimike ku kandida waryo, Kamala Harris....more30minPlay
August 18, 2024Amakuru mu Gitondo - Kanama 18, 2024Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu....more30minPlay
August 17, 2024Amakuru mu Gitondo - Kanama 17, 2024Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu....more30minPlay
August 16, 2024Amakuru mu Gitondo - Kanama 16, 2024Ikena ry’umuyagankuba ku murwa mukuru w’Ubutunzi I Bujumbura rimaze gusubiza inyuma iterambere. Mu kwezi kumwe gusa abantu 80 ni bo bamaze kwicwa hakoreshejwe imbunda mu gisagara ca Goma. Raporo zibiri zigabisha ku bwiyongere bw’ibikorwa vyo kugerageza guhungabanya amatora muri Amerika...more30minPlay
FAQs about Amakuru mu Gitondo - Voice of America:How many episodes does Amakuru mu Gitondo - Voice of America have?The podcast currently has 413 episodes available.