Sign up to save your podcastsEmail addressPasswordRegisterOrContinue with GoogleAlready have an account? Log in here.
Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, h... more
FAQs about Amakuru mu Gitondo - Voice of America:How many episodes does Amakuru mu Gitondo - Voice of America have?The podcast currently has 634 episodes available.
January 23, 2025Amakuru mu Gitondo - Mutarama 23, 2025Mu Burundi, bamwe mu bakenyezi bari mu mashirahamwe baragabura umwimbu uva ku ngurane abanywanyi bagiye bararyungukira. Trump yahaye urubuga rwa TikTok iminsi 75 yo kuba rurakora vy’imfatakibanza. ONU rikeneye vyihuta imiliyoni 910 mu madorari y’Amerika yo gufasha abanyagihugu bo muri Nijeriya....more30minPlay
January 22, 2025Amakuru mu Gitondo - Mutarama 22, 2025Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu....more30minPlay
January 21, 2025Amakuru mu Gitondo - Mutarama 21, 2025Amakuru yo muri iki gitondo, aza gushimikira kw'irahira rya Donald Trump nka prezida wa 47 wa Amerika...more30minPlay
January 20, 2025Amakuru mu Gitondo - Mutarama 20, 2025Amerika yashinje u Rwanda kwihunza inzira y'amahoro mu burasirazuba bwa KongoI washinton DC Donald Trump ararahirira kuyobora Amerika indi mandaPerezida Joe Biden w’Amerika yaraye ahaye imbabazi z’umukuru w’igihugu nyakwigendera Marcus Garvey...more30minPlay
January 19, 2025Amakuru mu Gitondo - Mutarama 19, 2025Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu....more30minPlay
January 18, 2025Amakuru mu Gitondo - Mutarama 18, 2025Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu....more30minPlay
January 17, 2025Amakuru mu Gitondo - Mutarama 17, 2025Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu....more30minPlay
January 16, 2025Amakuru mu Gitondo - Mutarama 16, 2025Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu....more30minPlay
January 15, 2025Amakuru mu Gitondo - Mutarama 15, 2025Abahungiye mw’ikambi ya Kanyarutchinya muri RDC bahangayikishijwe n’ibisasu birwa mu micungararo y’iyo kambi. Muri Afurika y’epfo abarenga 80 barokotse mu bikorwa vyo gucukura ubutare bidaciye mu mategeko bazohanwa. Katari yemeza ko amasezerano y’amahoro hagati ya Isirayeri na Hamas ari mu kuboneka...more30minPlay
January 14, 2025Amakuru mu Gitondo - Mutarama 14, 2025Perezida Joe Biden yavuze ko Amerika izahora kw'isonga imbere y'Ubushinwa. Muri Uganda, ubushinjacyaha bwa gisirikare burega Besigye icyaha cy’ubugambanyi gishobora guhanishwa kwicwa. Inkongi z’imiriro ziracyayogoza umujyi wa Los Angeles. Abarenga ibihumbi 100 basabwe kuva mu ngo zabo....more30minPlay
FAQs about Amakuru mu Gitondo - Voice of America:How many episodes does Amakuru mu Gitondo - Voice of America have?The podcast currently has 634 episodes available.