Sign up to save your podcastsEmail addressPasswordRegisterOrContinue with GoogleAlready have an account? Log in here.
Dusangire Ijambo (0400-0430 UTC): Dusangire Ijambo ni ikiganiro kigamije gutoza abantu umuco wo kujya impaka, kuganira no gutanga ibitekerezo, bavuga ku bibazo batumvikanaho. Muri iki kiganiro, dushyi... more
FAQs about Dusangire Ijambo - Voice of America:How many episodes does Dusangire Ijambo - Voice of America have?The podcast currently has 301 episodes available.
September 24, 2023Dusangire Ijambo - Nzeli 24, 2023Ikiganiro Dusangire Ijambo kiragaruka ku ndyane ziri mu mugambwe CNL ahagenwe umuyobozi mushasha w'Umugambwe Immaculee Ntacobakimvuna. Mbega iryo genwa ryiwe Agathon Rwasa bakuye arivugako iki?...more30minPlay
September 17, 2023Dusangire Ijambo - Nzeli 17, 2023Iki kiganiro Dusangire Ijambo kiragaruka ku ndaye ziri hagati mu mugambwe CNL. Agathon Rwasa aravuga ko igenwa ry'indongozi z'imfatakibanza muri uyo mugambwe ari uguswaganya. Avuga ko akagwi kishize hamwe karatora ibiro bikuru vy'umugambwe ata burenganzira bari babifitiye....more30minPlay
September 10, 2023Dusangire Ijambo - Nzeli 10, 2023Mbega hoba haragera ko isabikanya ry'ubutegetsi mu nzego z'igihugu hisunzwe amoko rikurwaho mu Burundi? Mbega aba n'abandi babivugako iki?...more30minPlay
September 03, 2023Dusangire Ijambo - Nzeli 03, 2023Muri iki kiganiro Dusangire Ijambo turagaruka ku masezerano abarundi bateyeko igikumu yari agamije kugabanganya ubutegetsi hagati y'abanyeporitike b'Aburundi. Mu Gihe bamwe bavuga ko yabaye ngirakamaro hari n'abandi ahubwo bayanegura ko yaje gucanishamwo abarundi...more30minPlay
August 27, 2023Dusangire Ijambo - Kanama 27, 2023Muri iki kiganiro Dusangire Ijambo turagaruka ku masezerano abarundi bapfunditse yo gusabikanya ubutegetsi hisunzwe amoko. Bamwe mu Barundi barashima akamaro kayo ariko hari n'abandi bavuga ko ari uburyo bwo gukumirana hisunzwe ubwoko....more30minPlay
August 20, 2023Dusangire Ijambo - Kanama 20, 2023Abarundi barateye igikumu mu 2000 ku masezerano yo gusabikanya ubutegetsi cane cane muri reta no mu gisirikare. Bamwe mu Barundi bavuga ko yafashije mu gusubiza hamwe abarundi ariko abandi bakavuga ko ari uburyo bwo gukumirana hakoreshejwe ubwoko....more30minPlay
August 13, 2023Dusangire Ijambo - Kanama 13, 2023Abarundi barateye igikumu mu mwaka w'2010 i ku masezerano yo gusabikanya ubutegetsi hisunzwe amoko. Mbega aba n'abandi bavuga iki ku mugambi wa Sena y'Uburundi iriko irihweza nimba ari nkenerwa canke vyoba vyarataye igihe hihwejwe aho abarundi bageze mu gufatana mu nda muri iki gihe?...more30minPlay
August 06, 2023Dusangire Ijambo - Kanama 06, 2023Urwego rwa Sena y'Uburundi ruherutse mu mwihwezo wo kuraba nimba ibiharuro vy'amoko mu gusabikanya ubutegetsi bikiri ngombwa ko bigumizwaho canke vyokurwako. Mbega Abarundi bose babibona kumwe?...more30minPlay
July 30, 2023Dusangire Ijambo - Nyakanga 30, 2023Dusangire Ijambo (0400-0430 UTC): Dusangire Ijambo ni ikiganiro kigamije gutoza abantu umuco wo kujya impaka, kuganira no gutanga ibitekerezo, bavuga ku bibazo batumvikanaho. Muri iki kiganiro, dushyira imbere ubwubahane no gushyira mu gaciro hagati y’abaganira....more30minPlay
July 23, 2023Dusangire Ijambo - Nyakanga 23, 2023Dusangire Ijambo (0400-0430 UTC): Dusangire Ijambo ni ikiganiro kigamije gutoza abantu umuco wo kujya impaka, kuganira no gutanga ibitekerezo, bavuga ku bibazo batumvikanaho. Muri iki kiganiro, dushyira imbere ubwubahane no gushyira mu gaciro hagati y’abaganira....more30minPlay
FAQs about Dusangire Ijambo - Voice of America:How many episodes does Dusangire Ijambo - Voice of America have?The podcast currently has 301 episodes available.