Sign up to save your podcastsEmail addressPasswordRegisterOrContinue with GoogleAlready have an account? Log in here.
Murisanga (1400-1500 UTC): Murisanga itumira abatumirwa kugirango baganire n'abakunzi ba Radiyo Ijwi ry'Amerika. Aha duha ijambo abantu bifuza kuganira n'abatumirwa bacu, batanga ibisobanuro ku bibazo... more
FAQs about Murisanga - Voice of America:How many episodes does Murisanga - Voice of America have?The podcast currently has 406 episodes available.
February 15, 2025Murisanga - Gashyantare 15, 2025Murisanga (1400-1500 UTC): Murisanga itumira umutumirwa, cyangwa abatumirwa kugirango baganire n'abakunzi ba Radiyo Ijwi ry'Amerika. Aha duha ijambo abantu bifuza kuganira n'abatumirwa bacu, batanga ibisobanuro ku bibazo binyuranye bireba ubuzima bw'abantu....more1hPlay
February 14, 2025Murisanga - Gashyantare 14, 2025Mu Burundi, abana bo mw’ibarabara ni benshi cyane. Leta n’abafatanyabikorwa banyuranye bahora bagerageza gukemura iki kibazo ku buryo butandukanye, ariko cyabaye ndanze, gihoraho. Kubera iki? Ni yo mpamvu tukigarukaho muri Murisanga...more1hPlay
February 13, 2025Murisanga - Gashyantare 13, 2025Murisanga (1400-1500 UTC): Murisanga itumira umutumirwa, cyangwa abatumirwa kugirango baganire n'abakunzi ba Radiyo Ijwi ry'Amerika. Aha duha ijambo abantu bifuza kuganira n'abatumirwa bacu, batanga ibisobanuro ku bibazo binyuranye bireba ubuzima bw'abantu....more1hPlay
February 12, 2025Murisanga - Gashyantare 12, 2025Urwego rujejwe iperereza mu Burundi rupfunze abaganga batanu, rubagiriza "kubangamira umutekano w'igihugu." Abapfunzwe bazira ko basavye iduzwa ry'umushahara wabo. Muri Murisanga iremeshejwe na Diane Nininahazwe, twatumiye Melance Hakizimana, atwara urunani FNSS rwo mu Burundi....more1hPlay
February 11, 2025Murisanga - Gashyantare 11, 2025Murisanga (1400-1500 UTC): Murisanga itumira umutumirwa, cyangwa abatumirwa kugirango baganire n'abakunzi ba Radiyo Ijwi ry'Amerika. Aha duha ijambo abantu bifuza kuganira n'abatumirwa bacu, batanga ibisobanuro ku bibazo binyuranye bireba ubuzima bw'abantu....more1hPlay
February 10, 2025Murisanga - Gashyantare 10, 2025Mu kiganiro, “Murisanga” c’uyu musi, turavuga ku masezerano ajejwe kworohereza uruja n’uruza ata ntambamyi rw’ibidandazwa ku mugabane wa Afrika, yatewe ko igikumu kw’italiki 21 y’ukwezi kwa gatatu, mu mwaka w’ 2018, aja mu bikørwa kw’italiki 30 y’ukwezi kwa gatanu mu mwaka w’i 2019....more1hPlay
FAQs about Murisanga - Voice of America:How many episodes does Murisanga - Voice of America have?The podcast currently has 406 episodes available.