🤨 Ng’ico ikibazo abatari bake tumaze kubazwa akarenga rimwe. Ni vyo ni ikibazo gisanzwe, ariko urwaruka rukibazwa rucakira ugutandukanye, nk’uko rimwe na rimwe n’abavyeyi babaza ico kibazo bakibaza ku mvo zitandukanye.
Iyo ugiye ahantu bakakubaza ivyo bibazo wiyumva gute ? #YagaPodcast #ukubaho