Sign up to save your podcastsEmail addressPasswordRegisterOrContinue with GoogleAlready have an account? Log in here.
Nous sommes jeunes, nous sommes différents, nous sommes blogueurs. Notre mission : raconter le Burundi, tel qu'il est, tel qu'il pourrait être.Yaga signifie « raconter », en kirundi.... more
March 01, 2023Parole aux femmes, Ep.14 : Impfu z'abakenyezi bicwa n'abagabo babo zotuzwa gute? "Amaraso y'umukenyezi yoseseka ariko atanga ubuzima ntiyoseseka yishwe n'umufasha"Hamaze imisi havugwa abakenyezi bagandagurwa n'abo bubakanye.Ibitigiri biherutse kuduga, canecane mu ntara ya Kirundo Ubwo ahandi ho ntibiba ntibivugwe ? Izo mpfu zokingwa gute ?Ni co kiyago Dacia Munezero yagiranye na Inès Kidasharira, umwe mu basanzwe baharanira agateka k'abakenyezi....more23minPlay
March 01, 2023Parole aux femmes, Ep.13 : Iy' incuti ikwubahutse...Guhohotera abana babakobwa ntibikorwa misi yose nabantu bahita canke bahuriye ahandi, birashika kandi kenshi, bigakorwa naba batunze ari ba sebuja, ba sewabo...nabandi. Ivyo bitera ingorane zirenze kuko uwo mwana w'umukobwa ntiyubahuka kubivuga. Iyo abivuze naho, nigake bamwemera bigaca bimugwako, akangazwa kugira ishusho ry' umuryango yarabayemwo ntiritosekare. Murikino kiyago, umwigeme Zaïnabu Hussein arabisigura neza....more23minPlay
March 01, 2023Chers Burundais, Ep.33: Tourisme, Economie et Devises... Hmmm...Les autorités ont récemment décidé que les touristes devront payer les hôtels en devises 💰🤨 Y a-t-il les préalables requis dans notre système économique en général et surtout le système bancaire en particulier ?🤗 @dishimwe_ a sa petite idée sur la question dans ce #YagaPodcast 🎙️...more6minPlay
March 01, 2023Amahoro There, Ep. 9: Beaches... Why shouldn't we afford it?Why living in a beautiful country with immeasurably beautiful places, yet not enjoy them? 😞💁🏾♀️ Lily Ange Kaze shared her thought with us. She expressed how unfair it is!🙄 Funny (sad) fact: those places can only be afforded by tourists and diaspora 😏What do you think about this? 🤔...more8minPlay
January 23, 2023Chers Burundais, Ep.32: Les blagues de mauvais goût... « M'enfin, c'était une blague. N'en fais pas des tonnes », entend-on souvent. Divin Spencer revient avec la question de savoir si l'on peut rire de tout. Pour lui, certaines blagues sont trop déplacées et la frontière entre humour et offense souvent violée.Et vous, que pensez-vous des blagues jugées de mauvais goût ? ...more5minPlay
January 11, 2023Udukorwa two mu buruhuko n'ubuuzima ndoragitsina: urupfu canke urukiza?Burya, udukorwa two mu buruhuko, sitwo dutuma urwaruka rwadukana ingeso zibajana mubusambanyi? Inyishu yico kibazo kiri muri kino kiganiro c; uno munsi#UbufashaKwIrondoka...more18minPlay
January 11, 2023Uruhara rw'urwaruka mukugwanya umugera wa SidaIkiganiro c'uno munsi kiza guhuza urwaruka aho bazoba bariko baraganira kuruhara boggira mukugwanya umugera wa Sida mugihe tubona ibiharuro vy'abandura uwo mugera vyasubiye kuduga hano mugihugu c'Uburundi.#UbufashaKwIrondoka ...more18minPlay
January 11, 2023Ubuzima ndoragitsina: kwitura umuganga ahumuye voba vyorohera urwaruka?Ikiganiro c'uno munsi kiza gushira hamwe urwaruka, aho bazakutubwira icokorwa kugira babone kwisanzura mugihe hageze kubaza impamuro, canke inyigiho zijanye n'ubuzima ndoragitsina.#UbufashaKwIrondoka ...more18minPlay
January 11, 2023Ihohoterwa rifatiye kugitsina: mu makaminuza vyifashe gute ?Ihohoterwa rifatiye kugitsina birabaho, ariko iyo hageze kubaza ko vyoba bibaho mu makaminuza atandukanye mu gihugu, bamwe bogira bati: "Oya nawe ntu!"Muri kino kiyago c'uno munsi, abatumire bacu barabiganirako aho baza kutubwira ingene bobo babibona canke babibayemwo.#UbufashaKwIrondoka...more16minPlay
December 01, 2022Et ce jour-là..., Ep.23 : Le Burundi se dote de son premier OmbudsmanPour cet épisode, nous allons faire un retour en arrière dans le temps et nous arrêter à la date du 12 Novembre 2010, le jour où le premier Ombudsman a été élu par le parlement burundais....more6minPlay