Amakuru ku Mugoroba  - Voice of America

Amakuru ku Mugoroba - Voice of America

By VOANews
Download on the App Store

Amakuru ku Mugoroba - Voice of America episodes

  • Amakuru ku Mugoroba - Mutarama 23, 2025
    Imirwano ikaze hagati y’ingabo za leta ya Kongo na M23 yakomereje muri santere ya Sake no mu nkengero zawo kuva mu gitondo cyo kuri uyu wa kane. Perezida wa Amerika Donald Trump yaraye ahagaritse ingendo z'impunzi zari zaremerewe kuza muri Amerika. Amashirahamwe 7 yo mu Bufaransa yitwariye TikTok.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Mutarama 22, 2025
    OMS, na leta z’ibihugu biyigize bafite umugambi wo guteza imbere ubuvuzi kama.
    Zimbabwe ifise ubwoba ko ugusezera kwa'Amerika muri OMS, bizogeramira cane imigambi yo kurwanya Sida muri ico gihugu.
    Isirayeri ivuga ko izobandanya kugenzura urubibe rwo mu karere ka Rafah, Gaza ihana na Misiri
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Mutarama 21, 2025
    Prezida Donald Trump yasinye amategeko atandukanye arimwo ayavana Amerikika muri OMS no mu masezerano y'ivy'ibidukikije yitiriwe Paris. Amerika na Afuganistani bahahanye imbohe. Umuntamategeko Moise Nyarugabo aratabariza abanyagihugu b’Abakongomani.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Mutarama 20, 2025
    Perezida wa 47 w’Amerika yarahiye ati: “Jyewe, Donald J. Trump, ndahiriye ku mugaragaro ko nzakora n’umutima wanjye wose akazi ka perezida wa Leta zunze ubumwe z’Amerika, kandi ko, uko nshoboye kose, nzabungabunga, nzarengera itegeko nshinga rya Leta zunze ubumwe z’Amerika. Imana ibimfashemo.”
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Mutarama 17, 2025
    Prezida wa Reta zunze Ubumwe z'Amerika yatowe, Donald Trump, yavuze ko umuhango wo kurahira uzobera mu cumba c'iyo ngoro citwa Rotunda, kubera imbeho azoba ari nyinshi cane. ONU yavuze ko abantu bagera ku 237.000 bahunze kuva uyu mwaka wa 2025 utanguye muri Kongo.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Mutarama 16, 2025
    Leta y'Uburundi irahakana imibare ivugwa ko ari iy'abasirikare babo bagwa ku rugamba mu ntambara yo muri Kongo.
    Tanzaniya iravuga ko nta burwayi bwa Marbug buri mu gihugu nyuma y'uko OMS ivuze ko ishobora kubas yarishe abantu 8.
    Perezida Joe Biden w’Amerika yaraye avuze ijambo ryo gusezera.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Mutarama 15, 2025
    Abasirikare barenga 50 b’Abarundi boba bamaze kurwa mu ngwano imaze iminsi ikaze hagati ya M23 na FARDC. Abababa 10 muri Tanzaniya ni bo bamaze kumenyekana ko bahitanywe na virusi ya Marburg. Prezida wa Koreya y’Epfo Yoon Suk Yeol yatawe muri yompi n'abashinzwe umutekano.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Mutarama 14, 2025
    RCD: Izamuka ry’ibiciro bya lisansi mu mujyi wa Uvira ryateye ibibazo mu gutwara abantu;
    Rwanda: Abahagarariye umuryango wa nyakwigendera Assinapol Rwigara wari umunyemali barasaba urukiko rukuru kutakira ubujurire bw’umujyi wa Kigali.
    Isirayeli na Hamasi bishobora kugera ku masezerano y’amahoro
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Mutarama 13, 2025
    Mu Rwanda, urukiko rukuru rwanze kongerera igihe cyo kwitegura Karasira Aimable mu rubanza aburana n’ubushinjacyaha.Muri Uganda, ubushinjacyaha bwa gisirikare burarega Kizza Besigye icyaha cy’ubugambanyi gishobora guhanishwa kwicwa.Inkongi z’imiriro ziracyayogoza umujyi wa Los Angeles muri Amerika.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Mutarama 10, 2025
    Inkongi y’umuriro yibasiye umujyi wa Los Angeles muri Leta ya California imaze guhitana abantu 10. Kongo yahagaritse televiziyo mpuzamakungu Al Jazeera. Isiraheri yagabye ibitero ku ba Houthi bo muri Yemen. Urukiko mpanabyaha rwafashe icyemezo cyo gusesa urubanza rwa perezida watowe, Donald Trump.
    30 min

About Amakuru ku Mugoroba - Voice of America

From the publisher's feed

Amakuru ku Mugoroba (1730-1800 UTC): Amakuru ashyushye yo mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Aha tubaha n’ubusesenguzi ndetse n’ibisobanuro byihariye ku makuru agezweho.