Amakuru ku Mugoroba  - Voice of America

Amakuru ku Mugoroba - Voice of America

By VOANews
Download on the App Store

Amakuru ku Mugoroba - Voice of America episodes

  • Amakuru ku Mugoroba - Mutarama 09, 2025
    Umuhango wo gusezera bwa nyuma Prezida Jimmy Carter wabereye muri Katedrali y’igihugu I Washington DC. Prezida w'u Rwanda yiteze ko ubutegetsi bushya bwa Amerika buzazana impinduka muri Kongo. Perezida w'Uburundi yirukanye mu kazi kabo abategetsi 3 bo mu biro vyiwe, abagiriza guhemuka.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Mutarama 08, 2025
    Perezida watowe wa Leta zunze ubumwe z’Amerika, Donald Trump, yongeye gushimangira ko afite umugambi wo kwigarurira intara ya Greenland igenzurwa na Danemark, igihugu cya Canada, n’umuhora wa Panama. Amerika yemeje ko umutwe wa RSF n’abawuhagarariye, bakora jenoside mu gihugu cya Sudani.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Mutarama 07, 2025
    Urukiko rukuru mu Rwanda rwakomeje kumva imyiregurire y’abayoboke b’ishyaka DALFA Umulinzi. Muri Kongo ibiciro ku masoko bikomeje kuzamuka nyuma y'ifatwa rya santere ya Masisi. John Mahama, kuri uyu wa kabiri, yarahiye nka perezida wa Ghana muri manda ya gatatu
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Mutarama 06, 2025
    Inteko ishinga amategeko ya Amerika yatangiye imirimo yo kwemeza burundu Donald Trump nka prezida. Kamala Harris arayobora iyo mihango. Umushikiranganji wa mbere wa Canada yatangaje ko azotanga imihoho. Umuhungu wa Prezida wa Uganda yigamvye ko ashaka guca umutwe Bobi Wine, utavuga rumwe na Museveni
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Mutarama 03, 2025
    Abarundi barenga 70 bamaze amezi agera kuri 6 bapfungiwe mu kibuga c'indege muri Filipine baratabaza. Inama nshingamateka nshasha ya Amerika iratora umuyobozi wayo bita "Speaker." Ikirunga co mu buraruko bushira uburengero bwa Etiyopiya cagaragaje ibimenyetso ko kigiye gutangura gucira imiriro.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Mutarama 02, 2025
    Komisiyo yigenga y’amatora mu Burundi yavanye ku rutonde rw'abemerewe kuziyamamaza ku mpenshi iza Depite Agathon Rwasa. Ibitero by'indege z’intambara za Isiraheri byahitanye abantu10, bikomeretsa abandi15 mu ntara ya Gaza. Ghana yakuriyeho viza Abanyafurika basura ico gihugu.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Mutarama 01, 2025
    Muri Amerika, imodoka yagonze imbaga y’abantu 10 barapfa. Perezida watowe, Donald Trump, yatangaje ko azajya mw’itabaro ryo gusezera kuri nyakwigendera Perezida wa 39 Jimmy Carter. Muri Kenya. Perezida William Ruto yemeye ko abapolisi bakoze amabi atandukanye ku baturage bari mu myigaragambyo.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Ukuboza 31, 2024
    Mu masaha make, turatangira umwaka wa 2025. Hirya no hino kw'isi, abantu batangiye kwifurizanya ubuzima bwiza n'imigisha. Inyeshyamba z’Abahuthi bo muri Yemeni, zishyigikiwe na Irani, ziratangaza ko zarashe misile ebyiri ku butaka bwa Isiraheri. Ubufaransa bwagabye ibitero by'indege muri Siriya.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Ukuboza 30, 2024
    Muri Etiyopiya, abantu batari musi ya 71 bapfuye igihe ikamyo yari yuzuye abantu yagwa mu ruzi. Abanyamerika babandanya kwibuka Jimmy Carter yahoze ari Perezida wa Reta Zunze Ubumwe za Amerika, yitavye Imana ku myaka 100. Muri Kenya polisi yarashe imyuka ibabaza mu maso ku bari mu myirekano.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Ukuboza 27, 2024
    Inyuma y'imyaka 9 Gervais Rufyikiri yahoze ari icegera ca 2 c'umukuru w'igihugu mu Burundi ahunze, ari muri ico gihugu. Ingwano ikomeye hagati y’inteko za Reta ya Kongo n’abarwanyi ba M23, irabandanya. Muri iyi ndwi, imiryango irenga 2.000 y’abanyamozambike yahungiye muri Malawi
    30 min

About Amakuru ku Mugoroba - Voice of America

From the publisher's feed

Amakuru ku Mugoroba (1730-1800 UTC): Amakuru ashyushye yo mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Aha tubaha n’ubusesenguzi ndetse n’ibisobanuro byihariye ku makuru agezweho.