Amakuru ku Mugoroba  - Voice of America

Amakuru ku Mugoroba - Voice of America

By VOANews
Download on the App Store

Amakuru ku Mugoroba - Voice of America episodes

  • Amakuru ku Mugoroba - Kanama 08, 2024
    ONU yahaye uburenganzira ingabo zayo MONUSCO gutera inkunga abasirikare ba SADC mu burasirazuba bwa Kongo
    Abanyekongo bahungiye mu Rwanda bibutse bagenzi babo bishwe mu ntambara zo muri Republika ya Demokarasi ya Kongo
    Kenya: polisi yarashe ibyuka biryana mu maso mu barurage bigaragambyaga i Nairobi
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Kanama 07, 2024
    Uburundi buhamagarira impunzi zose zahungiye muri Tanzaniya gutahuka. Perezida wa Kongo Tshisekedi, yagiriza uwo yasubiriye Kabila gutegura ibikorwa vyo kwigomeka ku butegetsi. Nijeriya yataye muri yombi abanyagihugu ba Polonye 7 bariko bakora imyiyerekano bafise amabendera y'igihugu c'Uburusiya.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Kanama 06, 2024
    Abagize ihuriro ry’abanyeshuri biga muri za Kaminuza muri Kongo barasaba leta guhagurukira ikibazo cy'umutekano.
    Muri Amerika Kamala Harris yatangaje uzamubera kandida visi prezida. Turagaruka no ku ndwara zo mu mutwe ziviramo abagabo benshi kwiyahura kurusha abagore.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Kanama 05, 2024
    Muri Repubulika ya demokarasi ya Kongo, amasezerano yo guhagarika ingwano ntiyubahirijwe. Abarundi baba muri Zambiya basaba ko umutekano wabo ukingirwa. Amerika yatahukanye abasirikare bayo bose bari basigaye muri Nijeri.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Kanama 02, 2024
    Kongo yibutse ubwicanyi bumaze imyaka mirongo bubera mu burasirazuba. Uwari umuyobozi mukuru wa Hamasi Ismail Haniyeh wiciwe muri Irani, yashyinguwe kuri uyu wa gatanu muri Katari. Muri Nijeriya abapolisi basabwe kuryamira amajanja kandi igisirikare gishobora gusabwa kufasha guhosha imyigaragambyo.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Kanama 01, 2024
    Guverinoma y’u Rwanda irimo gufunga insengero, ivuga ko zitujuje ibyangombwa.
    Muri Nijeriya, imyigaragambyo yo kwamagana ubuzima buhenze yabaye koko nk’uko yari iteganyijwe. Mu Buhinde, icyizere cyo kubona abantu 180 baburiwe irengero mu nkangu kirimo kirazimira.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Nyakanga 31, 2024
    U Rwanda na Kongo vyumvikanye ko ingwano ihagarara mu burasirazuba bwa Kongo guhera ku itariki ya 4 y’ukwezi kwa munani. Umukuru w’umutwe wa Hamas yiciwe i Teherani muri Irani. Nijeriya yiteguriye imyiyerekano ikaze y'ejo ku wa gatatu.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Nyakanga 30, 2024
    Uburundi bugiye gukora rusansuma rw’abanyagihugu, uburaro, uburimyi n’ubworozi guhera ku wa 16 z’ukwezi kuza kwa munani.Igipolisi ya Uganda gitangaza ko catoye uduhanga tw’abantu cumi n’indwi mu kibanza bikekwa ko gisengegwamwo ibigirwamana.Amerika isaba Isirayeri na Libani kuja mu biganiro.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Nyakanga 29, 2024
    U Rwanda rwatangaje ko rwatewe n’ikiza c'indwara y'ibihara vy'inkende.
    Burundi: Imwe mu migambwe yemeza ko CNDD-FDD, ari wo wiganziye umurwi ujejwe gutegura amatora ku rwego rw’intara CEPI
    Amerika: Perezida Joe Biden ashaka ko abashingamateka bemeza amategeko agabanya ubudahangarwa rw’abaprezida
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Nyakanga 26, 2024
    Uburundi bwatangaje ko bwatewe n'ikiza c'ingwara y'ibihara vy'inkende. I Kigali mu Rwanda hatanguye inama mpuzamakungu ku mahoro. Prezida wa Nijeriya n'ingabo z'ico gihugu bagabisha abohirahira bagakora imyiyerekano nk'iyo muri Kenya. Imikino ya Olempike yatanguye mu Bufaransa
    30 min

About Amakuru ku Mugoroba - Voice of America

From the publisher's feed

Amakuru ku Mugoroba (1730-1800 UTC): Amakuru ashyushye yo mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Aha tubaha n’ubusesenguzi ndetse n’ibisobanuro byihariye ku makuru agezweho.