Amakuru ku Mugoroba  - Voice of America

Amakuru ku Mugoroba - Voice of America

By VOANews
Download on the App Store

Amakuru ku Mugoroba - Voice of America episodes

  • Amakuru ku Mugoroba - Kamena 27, 2024
    Mu Rwanda, impanuka y'imodoka yahitanye abantu 3 mu bari bagiye mu bikorwa vyo kwamamaza Prezida Paul Kagame. Igisata cungururizwamwo imanza muri Sentare ntahinyuzwa y'Uburundi cemeje ko Alain Guillaume Bunyoni apfungwa ubuzima bwose. Polisi ya Kenya yatanye mu mitwe n'abashaka gukora imyiyerekano
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Kamena 26, 2024
    Prezida wa Kenya, William Ruto yanse gushira umukono kw’itegeko ryo kongereza amatagisi ryateje imyiyerekano imaze kugwamo abantu barenga 20.Muri Sudani, abanyagihugu bariko barahunga ibitero vya RSF yasatiriye igisagara ca Sennar. Ejo ku wa kane, Biden na Trump baonyinyurana mu kiganiro mpaka.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Kamena 25, 2024
    Burundi: Abasirikare Banse kuja Kurwana muri Kongo Baciriwe Umunyororo uri Hagati y'Imyaka 20 na 30. Muri Kenya, abantu batanu bari mu myiyerekano bahitanywe n'amasasu ya polisi. HRW isaba Mali kurekura abapfunzwe Bazira gusaba ko ubutegetsi busubizwa abasivile.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Kamena 24, 2024
    Amakuru ku Mugoroba (1730-1800 UTC): Amakuru ashyushye yo mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Aha tubaha n’ubusesenguzi ndetse n’ibisobanuro byihariye ku makuru agezweho.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Kamena 21, 2024
    Mu Rwanda ishyaka FPR Inkotanyi riri ku butegetsi ryihanangirije abayoboke baryo bashobora kuzabangamira ukwiyamamaza kw’abakandida bo mu yandi mashyaka.Perezida w’Uburundi, Evariste Ndayishimiye, araha abaturage icyizere mu bihe biri imbere.Uganda igiye kubaka ikindi kibuga cy’indege mpuzamahanga.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Kamena 20, 2024
    Uno munsi, amakungu yahimbaje umunsi wahariwe impunzi. Somaliya ifise impungenge ku mutekano wayo. iriko isaba ko ingabo z’ubumwe bwa Afurika ziba ziragumijwe muri ico gihugu. Polisi ya Kenya yashwiragije ibihumbi n’ibihumbi vy’abiyerekana ikoresheje ivyuka vyokera n’amazi afise inguvu nyinshi.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Kamena 19, 2024
    Mu Rwanda, abanyamategeko bo mu bucamanza bakurikiranyweho ruswa baravuga ko barengana. Muri Afrika y’Epfo, Perezida Cyril Ramaphosa yatangiye manda ya kabiri uyu munsi. Naho Uburusiya na Koreya ya Ruguru amasezerano yo gutabarana igihe icyo ari cyo cyose hagize uterwa.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Kamena 18, 2024
    Amakuru ku Mugoroba (1730-1800 UTC): Amakuru ashyushye yo mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Aha tubaha n’ubusesenguzi ndetse n’ibisobanuro byihariye ku makuru agezweho.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Kamena 17, 2024
    Perezida w’u Rwanda, Paul Kagame, yizeje abanyarwanda ko yiteguye gukora ibirenzeho ku iterambere ry’igihugu igihe yaramuka yongeye gutorwa. U Rwanda rwashubije ba nyirayo amazu y’ubucuruzi mu karere ka Rubavu. Abana b'impuni barenga 450 bataye amashuli mu nkambi za Nduta na Nyarugusu
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Kamena 14, 2024
    Amakuru ku Mugoroba (1730-1800 UTC): Amakuru ashyushye yo mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Aha tubaha n’ubusesenguzi ndetse n’ibisobanuro byihariye ku makuru agezweho.
    30 min

About Amakuru ku Mugoroba - Voice of America

From the publisher's feed

Amakuru ku Mugoroba (1730-1800 UTC): Amakuru ashyushye yo mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Aha tubaha n’ubusesenguzi ndetse n’ibisobanuro byihariye ku makuru agezweho.