Amakuru ku Mugoroba  - Voice of America

Amakuru ku Mugoroba - Voice of America

By VOANews
Download on the App Store

Amakuru ku Mugoroba - Voice of America episodes

  • Amakuru ku Mugoroba - Kamena 13, 2024
    Mu Burundi, abagabo babiri bari bapfunzwe ivy’agateganyo mw’ibohero rya parake I Makamba baguyemo. Abakandida batagaragaye ku rutonde rw’agateganyo bashobora kwitwarira umurwi utunganya matora mu Rwanda. Muri Malawi, Umugambwe wa Saulos Chilima yari Visi Prezida, usaba amatohoza yimbitse
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Kamena 12, 2024
    Amakuru ku Mugoroba (1730-1800 UTC): Amakuru ashyushye yo mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Aha tubaha n’ubusesenguzi ndetse n’ibisobanuro byihariye ku makuru agezweho.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Kamena 11, 2024
    Visi prezida wa Malawi n’abandi bantu 9 baguye mu mpanuka y’indege. Urukiko rwo muri Amerika rwahamije umuhungu wa Perezida Joe Biden, icyaha cyo gutunga imbunda binyuranyije n’amategeko. Prezida w'Ubufaransa yatangaje ko atazegura ku mwanya w’umukuru w’igihugu uko byagenda kose mu matora ataha.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Kamena 10, 2024
    Igitero abarwanyi ba ADF bagavye mu gisagara ca Beni kiri mu ntara ya Kivu ya Ruguru muri Kongo cahitanye abagera kuri 80. Ingwano hagati y’abadasangiye amoko muri Sudani yahitanye abagera ku 55. Inama nshingamateka ya Afrika y'epfo izokorana ku musi wa gatanu itore umukuru w'igihugu mushasha
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Kamena 07, 2024
    Mu Rwanda, abifuzaga kuba abakandida prezida batagaragaye ku rutonde rw’abemewe bazindukiye kubaza impamvu. Amerika yaburiye Koreya ya ruguru, iyibuza guha perezida w'Uburusiya, urubuga rwo gushyigikira ubushotoranyi. Muri Afurika y'epfo, amwe mu mashyaka yanse umugambi wa Reta y'Ubumwe.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Kamena 06, 2024
    Abarundi ntibakijya kunywesha lisansi hakurya muri Repubulika ya Demokarasi ya Kongo. Ubucuruzi bwayo bwafunzwe.Mu Bwongereza, ishyirahamwe ry’abakozi ba leta batwaye guverinoma mu rukiko ku kibazo cyo kohereza abimukira mu Rwanda.Muri Gaza, Isiraheli yarashe ishuli rya ONU, yica abantu barenga 30.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Kamena 05, 2024
    Mu Rwanda, umuryango w’umumenyeshamakuru Theoneste Nsengimana urarondeza aho uwabo aherereye. Abanyeshamakuru bahunze intambara muri Kongo bavuga ko bariko bahura n’ingorane zikomeye. Perezida Joe Biden, ari mu Bufaransa, aho yagiye kwifatanya n'abandi mw'isabukuru y'imyaka 80 y'iciswe D-Day.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Kamena 04, 2024
    Muri Republika ya demokarasi ya Kongo, 84% by’abana bahuye n’ingaruka z’intambara.
    Abayobozi b’ibihugu by’Afurika bari mu nama ibera I Seoul ihuza Koreya y’Epfo n’Afurika. Muri Nijeriya, amasendika atatu akomeye y’abakozi yemeye kuba ahagaritse imyigaragamyo ku mushaharafatizo mu gihe cy'icyumweru.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Kamena 03, 2024
    Umunyarwanda utuye muri Canada yabaye umwe mu banyafurika babiri bazasifura imikino Olempike izabera i Paris mu Bufaransa. Perezida Cyril Ramaphosa w’Afurika y’Epfo yahamagariye amashyaka ya politike gukorera hamwe ku neza y’igihugu. umuhungu wa perezida w’Amerika Joe Biden yatangiye kuburanishwa.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Gicuransi 31, 2024
    Donald Trump atangaza ko agiye kunguruza urubanza yaraye aciriwe. Muri Kongo, igisagara ca Sake kiri muri teritware ya Masisi mu ntara ya Kivu ya ruguru ciriwemwo intambara ikaze. Muri Afurika y’ Epfo, umugambwe ANC uri ku butegetsi uri mu nzira zo gutsinda amatora ku majwi make cane mu mateka yawo.
    30 min

About Amakuru ku Mugoroba - Voice of America

From the publisher's feed

Amakuru ku Mugoroba (1730-1800 UTC): Amakuru ashyushye yo mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Aha tubaha n’ubusesenguzi ndetse n’ibisobanuro byihariye ku makuru agezweho.