Sign up to save your podcastsEmail addressPasswordRegisterOrContinue with GoogleAlready have an account? Log in here.
Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, h... more
FAQs about Amakuru mu Gitondo - Voice of America:How many episodes does Amakuru mu Gitondo - Voice of America have?The podcast currently has 634 episodes available.
December 04, 2024Amakuru mu Gitondo - Ukuboza 04, 2024Imirwano yongeye kubura mu burasirazuba bwa Repubulika ye demokarasi ya Kongo.Abagendana ubumuga mu mujyi wa Uvira bakomeje kwiteza imbere. Prezida Joe Biden, uri mu ruzinduko muri Angola, uyu munsi arasura umuhanda wa Lobito wa gali ya moshi uhuza Angola, Kongo na Zambiya....more30minPlay
December 03, 2024Amakuru mu Gitondo - Ukuboza 03, 2024Prezida wa Amerika Joe Biden ari mu rugendo rw'akazi muri Angola.Mu Rwanda, umumenyeshamakuru Theoneste Nsengimana yanse kwitabira iburanishwa ryiwe.Mu Burundi, amashamba yavuye ku bice 40% vy’uburinganire bugize ubutaka bw’Uburundi mu myaka y’1990, aja kubice biri munsi ya 20% muri kino gihe....more30minPlay
December 02, 2024Amakuru mu Gitondo - Ukuboza 02, 2024Mu Rwanda, Abantu 9 bandura virusi itera Sida ku munsi ku munsi, igahitana 7. Mu Burundi, umurwi w’Urunani uri mu nzira nziza iwuganisha mu mahiganwa ya BAL. Waraye uhejeje inkino z’imirwi uri mu kibanza ca mbere. Donald Trump abandanya gushira ahabona abo yipfuza kuzoshira mu mabanga atandukanye....more30minPlay
December 01, 2024Amakuru mu Gitondo - Ukuboza 01, 2024Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu....more30minPlay
November 30, 2024Amakuru mu Gitondo - Ugushyingo 30, 2024Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu....more30minPlay
November 29, 2024Amakuru mu Gitondo - Ugushyingo 29, 2024Abaturage ba Sake muri Kivu ya Ruguru baracyatinya gutahuka, ariko bamwe bajyayo ku manywa gucuruza bagasubira kurara mu nkambi.Muri Uganda imvura nyinshi yateje inkangu mu burasirazuba bw’igihugu. Ingo 40 zarengewe n’imisozi yaridutse....more30minPlay
November 28, 2024Amakuru mu Gitondo - Ugushyingo 28, 2024Abanyeshure bo muri Kaminuza y’Uburundi babangamiwe n’ubuzima buzimvye. I Nairobi muri Kenya haratangura inkino za Elite 16, zitanga uburenganzira bwo kwitabira ihiganwa rya BAL (Basketball Africa League). Uburundi buhagarariwe n'Urunani. Muri Amerika barahimbaza umunsi w'amashimwe " Thanksgiving"...more30minPlay
November 27, 2024Amakuru mu Gitondo - Ugushyingo 27, 2024Uburundi burahakana ko ata basirikare babwo baguye mu gitero Red Tabara yemeza ko yagavye ku nkirindiro cabo muri Kongo. Kongo yaraye itanguye gutanga incanco zikingira ubwandu bw’ibihara vy’inkende ku bantu bakuru. Tanzaniya uno munsi iza kwirigwa mu matora y’abagize inzego zo hasi....more30minPlay
November 26, 2024Amakuru mu Gitondo - Ugushyingo 26, 2024Kuri uyu wa mbere Isi yazirikanye umunsi mpuzamahanga wo kurwanya amabi ashingiye ku gitsina akorerwa abagore.Polisi muri Kenya, yakoresheje ibyuka biryana mu maso, gutatanya abigaragambyaga. Abaturage barenga 24,000 bakuwewe mu byabo n’intambara muri teritwari ya Rutshuru mu ntara ya Kivu ya ruguru...more30minPlay
November 25, 2024Amakuru mu Gitondo - Ugushyingo 25, 2024Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu....more30minPlay
FAQs about Amakuru mu Gitondo - Voice of America:How many episodes does Amakuru mu Gitondo - Voice of America have?The podcast currently has 634 episodes available.