Sign up to save your podcastsEmail addressPasswordRegisterOrContinue with GoogleAlready have an account? Log in here.
Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, h... more
FAQs about Amakuru mu Gitondo - Voice of America:How many episodes does Amakuru mu Gitondo - Voice of America have?The podcast currently has 634 episodes available.
November 24, 2024Amakuru mu Gitondo - Ugushyingo 24, 2024Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu....more30minPlay
November 23, 2024Amakuru mu Gitondo - Ugushyingo 23, 2024Mu Rwanda, bamwe mu baturage bigeze gufungirwa mu kigo cy’inzererezi cyitwa “Kwa Kabuga,” mu mujyi wa Kigali, n’abafite ababo bagifungiyemo, bemeza ko ubuzima bwaho buteye ubwoba.Mu Burundi abana bakuwe mw'ibarabara begeranirizwa mu kigo cyo muri komine Mishiha mu ntara ya Cankuzo, ntibabayeho neza....more30minPlay
November 22, 2024Amakuru mu Gitondo - Ugushyingo 22, 2024Sentare mpuzamakungu mpanavyaha, CPI, yaraye isohoye imitahe yo guta muri yompi umushikiranganji wa mbere wa Isirayeri, Benjamini Netanyahu.Mu Burundi,Abana bakuwe mw'ibarabara begeranirizwa mu kigo co muri komine Mishiha mu ntara ya Cankuzo ntibabayeho neza....more30minPlay
November 21, 2024Amakuru mu Gitondo - Ugushyingo 21, 2024Mu Burundi, abaturage n’abanyapolitiki ntibabona kimwe urugendo rw’urumuri rw’amahoro.Mu rwanda urukiko rurakusanya ibimenyetsoku bagabo 18 baregwa ibyaha by’iyicarubozo byabereye mu magereza. Guverinoma ya Esipanye igiye gutangira guha buri mwaka ibyangombwa abimukira bagera ku 300.000...more30minPlay
November 20, 2024Amakuru mu Gitondo - Ugushyingo 20, 2024Abarundi bahungiye mw'ikambi ya Mulongwe iri muri Kongo babangamiwe n'ikiza ca Kolera. Mu Burundi, ibiciro vy'ivya nkenerwa vyaduze cane. Ubumwe bwa Buraya bwemereye u Rwanda imiriyoni 20 z'amayero yo gufasha abasirikare barwo bari muri Mozambike kurwanya iterabwoba....more30minPlay
November 19, 2024Amakuru mu Gitondo - Ugushyingo 19, 2024Abagizi ba nabi bateye ikambi ya Baraka iri mu gisagara ca Goma co muri Kongo bafashe ku nguvu abagore 9, bakomeretsa abarenga 10. CDC irasaba ko Amerika ikuraho ingingo yo gukumira ingendo mu Rwanda kubera Marburg. Amerika irabandanya imyiteguro n'urugendo rwo guhererekanya ubutegetsi....more30minPlay
November 18, 2024Amakuru mu Gitondo - Ugushyingo 18, 2024Abajejwe umutekano mu Rwanda bemeza ko abasirikare bikekwa ko ari aba Kongo binjiye ku butaka bwabo biba inka z’abanyagihugu. Abakobwa b’abarundikazi bahunze batwara inda batarakwiza imyaka yo kubaka babandanya kwiyongera. Amerika yatangaje umuntu wa mbere yanduye ibihara vy’inkende....more30minPlay
November 17, 2024Amakuru mu Gitondo - Ugushyingo 17, 2024Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu....more30minPlay
November 16, 2024Amakuru mu Gitondo - Ugushyingo 16, 2024i Baku, muri Azeribayijani abagize imiryango itegamiye kuri leta yaraye yigaragambirije imbere y’ahabera inama mpuzamahanga y’Umuryango w’Abibumbye ku mihindagurikire y’ibihe.Mu Burundi, leta itangaza ko indwara ya kanseri y’ibere igenda yiyongera. Ishyirahamwe Uzima, rikangurira Abarundi kuyirinda...more30minPlay
November 15, 2024Amakuru mu Gitondo - Ugushyingo 15, 2024Ababuranira umumenyeshamakuru w’Umurundikazi Sandra Muhoza, basaba ko arekurwa.Ishirahamwe ry’Uburayi ryaciye urubugaMETA imiliyoni 840 z’amadolari kubera uburyo ikora ibijanye n’ubucuruzi ku mbuga.Inama y'abakuru b'ibihugu bigize APEC yatanguye imilimo yayo i Lima, ku murwa mukuru wa Peru....more30minPlay
FAQs about Amakuru mu Gitondo - Voice of America:How many episodes does Amakuru mu Gitondo - Voice of America have?The podcast currently has 634 episodes available.