Bienvenu ati : “Nta mugabo aheka umwana, nta mugabo amesa kirazira ! Ikitavuzwe ni umugore akora akazi gatuma ataha ijoro.”
Claude nawe ati : “Mu gihe umupfasoni wanje aba ari kudandaza, umwana ndamuheka, nkamwoza nkanamumesera impuzu na kare ni uwanje !“
😊 #Tahura #AgatekaKaZinaMuntu