🤔 Ni gute bitwa “abasangwabutaka” kandi ata matongo bahabwa ?
🤷🏾♀️ Ni gute abantu bavuka bangana imbere y’amategeko mu nyuma hakabaho umugwi munini w’abantu badafise uburenganzira nk’ubw’abandi ?
📃 Ni gute abantu basaba impapuro z’amatongo, bakariha n’amahera yo kuyandikisha mu 2007 n’ubu bakaba bakizibima ?
🆘 Imiryango y’Abatwa irageramiwe. Usanga ikumiriwe ikaja kure ya “Barundi” ari ho hava izindi ngorane kubera bari kure y’amashure, y’amavuriro,...
🎙 Tubiyage. Harageze ko basubizwa agateka kabo ! #Tahura #AgaketaKaZinaMuntu