
Sign up to save your podcasts
Or


Et si on parlait du secret médical/professionel aujourd’hui dans « Chers #Burundi-ais » ?
Revenons sur toutes ces fois où les personnes qui sont censées protéger les patients/clients, ternissent leur image, kwambika iceyi...
#YagaPodcast #contraception
😒 Kenshi na kenshi iyo urugo rutevye kuronka ikibondo canke gukurikiza, ikibano gica gitangura gutuma urutoke umukenyezi yuko ariwe ari ingumba. N'aho yoba ari umushingantahe afise ingorane zo kutavyara, umugore niwe arabwa nabi mu muryango. Muri kino kiganiro, turumviriza ababibayemwo n'ingene bavyifashemwo, kugira natwe bitubere icirwa 🤗 #YagaPodcast #UbuzimaBwAbubakanye
Mu kazi ka misi yose, abagendana ubumuga barahura n'ingorane nyinshi. Uretse ko hari ababafata nabi, hari n’ingorane bagira mu kwiyunguruza ahantu hari ingazi canke haduga cane eka n'ibindi. Muri kino kiyago, twaganiriye n’abatandukanye kugira twumve umuti wotorerwa ivyo bibazo. #YagaPodcast #AgatekaKaZinaMuntu
Mbega abakenyezi batiwe bafise uruhara ki mu gutatura amatati mu ngo? Mbega ayo matatí ava kuki? Mbega abo bakenyezi batiwe bunganira iki ku butungane ?
From the publisher's feed