Sign up to save your podcastsEmail addressPasswordRegisterOrContinue with GoogleAlready have an account? Log in here.
Nous sommes jeunes, nous sommes différents, nous sommes blogueurs. Notre mission : raconter le Burundi, tel qu'il est, tel qu'il pourrait être.Yaga signifie « raconter », en kirundi.... more
June 09, 2022Et ce jour-là…, Ep. 10 : le Traité de Kiganda, l'histoire d'un traité inégal🤨 S’il est présenté comme un accord ayant marqué la fin des hostilités entre les Allemands et le pouvoir du roi Mwezi, le Traité de Kiganda n’est pas moins perçu comme un diktat imposé aux Burundais. Un diktat qui ne sera pas sans affecter la royauté ou l’intégrité territoriale. #YagaPodcast #histoire...more4minPlay
June 09, 2022Et ce jour-là…, Ep. 9 : icigwa c'ikirundi gitangura kwigishwa iceseAho hambere, mugihe Uburundi bwari bukiri mugikoroni, ntacigwa c'ikirundi cigishwa mumashure. Muri kino kiganiro, turaza kugaruka ku rugamba rwabaye kugira icigwa c'ikirundi gishobore kuronka agaciro kibereye mu nyigisho zatangwa ico gihe 🤗 #YagaPodcast #indero...more5minPlay
June 09, 2022Et ce jour-là…, Ep. 8 : au coeur de la spiritualité de “Nangayivuza”Vous avez probablement entendu parler de “Nangayivuza”. C’est une secte qui a fait son âge dans les années 50 dans les provinces du centre et de l’est du Burundi et qui garde encore ses secrets pour certains d’entre nous. "Et ce jour-là" nous emmène dans le monde spirituel de cette secte. #YagaPodcast #culture...more5minPlay
June 09, 2022Et ce jour là, Ep. 7 : Pierre Bushahu ou l'histoire de la premiere secte burundaise ☹️"Nangayivuza" est une secte qui a vu le jour suite à l’action prédicatrice de Pierre Bushahu. Un individu lambda qui a réussi à convertir les adeptes du catholicisme et de la religion traditionnelle à son enseignement. Retour sur son parcours et son bref succès. #YagaPodcast #culture...more5minPlay
June 09, 2022Amahoro There, Ep. 4: Travelling...as Burundians travelersDo you love travelling? If yes, do you receive comments from people that don’t get you? Like “Kaguru karabeba, ikiyererezi” ?If not, why don’t you? Today we are talking about travelling here and elsewhere...as Burundian travelers 😊 #YagaPodcast #LifeStyle...more22minPlay
June 09, 2022Et ce jour-là, Ep 6 : uyo musi, Burundi bwacu yararirimbwe ubwa mbereHari ku wa 1 Mukakaro 1962. Aho ibendera ry'abanyamahanga ryamanurwa, ibendera ry'Uburundi rikaduzwa. Mu munezero ntangere, amosozi atemba ku matama y'Abarundi, Burundi bwacu irasamirana ku ncuro yayo ya mbere. Ng'ibi vyinshi mutari muzi ku ruririmbo ruhayagiza igihugu cacu. #Kahise#YagaPodcast...more5minPlay
June 07, 2022Et ce jour-là, Ep. 5 : uyo musi, Abarundi batora umukuru w'igihugu mushashaMbega amatora yo ku wa 1 Ruheshi 1993 yagenze gute ? Imyiyamamazo yo gute ? Mbega hari ibindi tutazi vyabaye uyo musi ? 🤨Inyishu zose hano 🤗#YagaPodcast #kahise...more6minPlay
June 04, 2022Et ce jour là, Ep. 4 : uyo musi, Inamujandi atangura kurwanya AbabirigiInyuma y'imyaka yababa 15 inyuma y'indwano ya Runyota, haradutse iyindi ngwano yari irongowe n'umukenyezi w'umupfumukazi. Uno yaronse abayoboke batari bake, baje kwifatanya nawe kugira barwanye Ababirigi n'abo bose babafasha. Kaze tubayagire ubutwari bwa Inamujandi.#YagaPodcast #kahise...more6minPlay
June 02, 2022#Tahura, Ep. 19 : mbega indembe zo mw'ibarabara twozifasha gute ?Vyama vyashitse tukabona abantu baryamye mu mabarabara. Bamwe baba baremvye hama bakagwa aho bageze, abandi bakaba bahuye n'amasanganya, n'ibindi bishobora kubashikira. Rimwe rimwe, hari abatinya gufasha mwene abo bantu baryamye kw'ibarabara, iyo bafashijwe n'aho bakajanwa kwa muganga ugasanga biragoye ko bavugwa kuko ata wamumenye canke ata ngwati yatanzwe. Ivyo biri uko mu gihe Umurundi wese afise ubirengnzira bwo kuvurwa mu ngingo ya 55 y'ibwirizwa nshingiro. Ariko none muri ico gihe tubonye uwagize ikibazo, twovyifatamwo gute ? 🤔...more22minPlay
June 01, 2022Et ce jour là, Ep. 3 : uyo musi, Bihome yigura umwamiAbatari bake baramaze kwumva intwari Bihome yiguze umwami Mwezi Gisabo kugira igihugu ntikigwe mw'isanganya. Ariko ni benshi batazi uko vyagiye biragenda kugira harinde hagera uyo musi. Kaze tubibayagire....more8minPlay