Yaga

Yaga

By YagaEducation
Download on the App Store

Yaga episodes

  • #Tahura, Ep. 14 : kuba umunyamwema, ubuzima butoroshe 🥺
    Barakumirwa kuva bakiri bato, haba mu kibano canke kw'ishure n'ahandi. Birashika bakicwa urw'agashinyaguro, n'abashinguwe bakazurwa bagahimbagurwa. Abanyamwema babayeho ubuzima bwo gutinya bivanye n'urukoba rwabo. Mbega ivyo biva kuki ? Vyorangira gute ? 😏
    #YagaPodcast #AgatekaKaZinaMuntu
    13 min
  • #Tahura, Ep. 13 : "Ndi impfuvyi, nariwe n'abonkijije"
    Twese turazi abana b'impfuvyi barerewe mu miryango ariko babayeho nabi. Ibisigi vy'abavyeyi bikaribwa, ibindi bikanyuruzwa n'abitwa ko bobakingiye ari bo baryango.
    Mbega ivyo birashobora gukingwa ? Hoho iyo bishitse, amategeko abivugako iki ? #YagaPodcast #AgatekaKaZinaMuntu
    16 min
  • Parole aux femmes, Ep. 10 : ng'ibi ivyo mutari muzi muri "indasri" ya “mannequinat”
    👗👔 Murabona ko izi mpuzu zikorerwa mu maduka akomakomeye kw’isi yose baba bakeneye abatambuka neza kugira abantu bazibone ?
    💁🏾‍♀️ Mwari muzi ko muri uyo mwuga hariho Abarundi n’Abarundikazi bayikoreramwo ? Umuntu agafata indege agiye gukora ako kazi ?
    🎙 Mukurikirane Sarah Ninthia Nshimirimana atwara "We Best Models" mumenye vyinshi kuri uyo mwuga. #YagaPodcast #culture
    27 min
  • Chers Burundais, Ep. 24 : être le "pneu de réserve" de quelqu'un, on en parle ?
    Imaginez un peu le topo : tu te sacrifies, tu vas à l'encontre de tes valeurs, ukicamwo bane nk'uko Rally Joe yabiririmvye, pour qu'une seule personne, un seul être humain parmi les 8 milliards baba kuri iyi si, te remarque. Et cette personne, dans toute sa splendeur multiplie tes efforts par zéro...
    La situation vous parle ? Divin Spencer Ishimwe y revient dans ce nouvel épisode. #YagaPodcast #StyleDeVie
    9 min
  • #Tahura, Ep. 9 : ubusage n’ubuyeye, kwoba ari uguta indero ? 🤨

    Ejo bundi hari umuhungu bari bimye ubugeni bamuhoye ubusage afise ku mutwe 🙁

    Vyasavye ko abumwa kugira amutahukane 💇🏾‍♂️

    Nivyo ko uwushaka inka aryama nka zo, ariko none ubwo rimwe na rimwe ntiduhohotera abantu kubera tutize kwakira ivyo bakunda na cane cane ko bataturengeye akarimbi ? 🤔

    😏 Nk’ubu haje umukenyezi ashoboye guteza imbere ishirahamwe womwima akazi kubera yambaye inyerere ?

    😉 Kandi ga si uguta akaranga abakurambere baragira ubusage bakambara n’inyerere...

    🎙 Reka tubiyage kugira hagumeho ugushira n’ukwizana mu gihugu.


    #YagaPodcast #Tahura #AgatekaKaZinaMuntu

    22 min
  • Chers Burundais, Ep. 23 : affaire de $23,000 et un mariage raté
    Peut-être que Belle Afrique a fait ce qu'on lui reproche. Ou peut-être pas, vu qu'on a une seule version d'une histoire impliquant deux personnes qui, paraît-il, préparaient un mariage (sans s'être vue une seule fois dans la vraie vie). 
    Dans cette affaire, plus d'un y a perdu son latin car il y a plus de questions que de réponses. 
    Divin Spencer Ishimwe revient sur l'affaire Belle-Afrique qui a défrayé la chronique, il y a quelques semaines.
    PS: remarquez le conditionnel
    9 min

About Yaga

From the publisher's feed

Nous sommes jeunes, nous sommes différents, nous sommes blogueurs. Notre mission : raconter le Burundi, tel qu'il est, tel qu'il pourrait être.