Amakuru ku Mugoroba  - Voice of America

Amakuru ku Mugoroba - Voice of America

By VOANews
Download on the App Store

Amakuru ku Mugoroba - Voice of America episodes

  • Amakuru ku Mugoroba - Ugushyingo 28, 2024
    Muri Uganda, abantu 13 bahitanywe n’imisozi yasenyukiye ku mazu yabo biturutse ku mvura y’isegenya. Isirayeri na Hezbollah vyagirizanya kurenga ku masezerano yo gutanga agahengwe k’intambara. Donald Trump asaba ko ivyaha vya magendu mu bucuruzi vyamwagiriye, n’ihadabu yategetswe kuriha bihanagurwa
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Ugushyingo 27, 2024
    U Rwanda na Kongo byemeje inyandiko iganisha ku masezerano y’amahoro hagati y’ibihugu byombi. Ihagarikwa ry’imirwano hagati ya Israheli na Hezobollah ryatangiye gushyirwa mu bikorwa. Muganga Faustine Ndugulile, Umutanzaniya wari waratorewe kuyobora OMS ku mugabane w’Afrika yitabye Imana.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Ugushyingo 26, 2024
    Umurwi wa RED Tabara wemeza ko wishe abasirikare icyenda ba Leta. Uburundi burabihakana. Abarimyi bo mu ntara ya Cankuzo bijukiye kurima igiterwa c'amavoka. Abanyagihugu bo mu burasirazuba bwa Kongo biyamiriza amajambo aherutswe kuvugwa n’umushikiranganji ajejwe ubutungane muri ico gihugu.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Ugushyingo 25, 2024
    Abaturage barenga 24.000 birukanwe mu ngo zabo mu ntara ya Rutshuru. Abaturage ba Namibiya bazatora umukuru w’igihugu mushya, ushobora kuba umugore, ejobundi ku wa gatatu.
    Abanyasomaliya 24 bageragezaga gusuhuka barohomye mu nyanja y’Abahinde mu nkengero za Madagascar
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Ugushyingo 22, 2024
    Abaturage bigeze gufungirwa ndetse n’abafite ababo bagifungiye mu kigo cy’inzererezi mu mujyi wa Kigali baratabaza. Mu Burundi, abana bakuwe mw'ibarabara begeranirizwa mu kigo cyo muri komine Mishiha muri Cankuzo, ntibabayeho neza. Muri Tanzaniya umunyapolitike Freeman Mbowe, yatawe muri yombi.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Ugushyingo 21, 2024
    Mu Burundi harabera inama y’abepiskopi katorika bo muri Burundi, mu Rwanda na Kongo. Abayirimwo bararabira hamwe ingene amahoro arama yotsimbatara mu karere. Kongo yemeje ko iryinyo ry’inzahabu rya Patrice Lumumba ricungerewe. CPI, yasohoye imitahe yo guta muri yompi Benjamin Netanyahu
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Ugushyingo 20, 2024
    Mu Burundi, abanyagihugu n’abanyepolitiki ntibabona kimwe urugendo rw’urumuri rw’amahoro rutunganywa n’ubutegetsi buri mwaka. Muri Uganda, umunyapolitiki Kizza Besigye yatawe muri yombi. Esipanye igiye guha ibyangombwa abimukira ibihumbi amagana batabifise
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Ugushyingo 19, 2024
    Ibiciro vy'ivyankenerwa mu Burundi vyaraduze cane Hari ivyaduze 100%. Ubumwe bwa Buraya bwongeye u Rwanda inkunga ku basirikare barwo bari muri Mozambike. Mu ntambara yo muri Ukraine, perezida w’Uburusiya, Vladimir Putin, avuga ko ashobora gukoresha intwaro za kirimbuzi bibaye ngombwa.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Ugushyingo 18, 2024
    Abateye ikambi ya Baraka iri mu gisagara ca Goma muri DRC bafashe ku nguvu abagore 9, bakomeretsa 10. Abatavuga rumwe n’ubutegetsi bwa Senegali bemeye ko batsinzwe amatora y’abashingamateka. Uburusiya bwazibiye ingingo ya ONU itegeka Sudani guhagarika intambara bidatevye.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Ugushyingo 15, 2024
    Mu Rwanda, bamwe mu bafunguwe bavuga ko amagereza arimo ihohoterwa ry'uburenganzira. Abanyasenegale bazatora inteko ishinga amategeko itegerejwe cyane. Muri Afrika y’Epfo, abantu amagana biriwe ku kirombe cya zahabu cyari cyarafunzwe bategereje ko bene wabo bahezemo basohoka bakiri bazima.
    30 min

About Amakuru ku Mugoroba - Voice of America

From the publisher's feed

Amakuru ku Mugoroba (1730-1800 UTC): Amakuru ashyushye yo mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Aha tubaha n’ubusesenguzi ndetse n’ibisobanuro byihariye ku makuru agezweho.