Amakuru ku Mugoroba  - Voice of America

Amakuru ku Mugoroba - Voice of America

By VOANews
Download on the App Store

Amakuru ku Mugoroba - Voice of America episodes

  • Amakuru ku Mugoroba - Ugushyingo 14, 2024
    Mu Rwanda, bamwe mu bigeze gufungirwa mu mabohero atadukanye bemeza ko bakorewe ihohoterwa ririmwo ibikorwa bita ibiterasoni. RSF iramagana ibihano vyafatiwe umumenyeshamakuru Sandra Muhoza.I Paris umutekano wakajijwe cane kubera umukino uza guhuza ekipe y’ico gihugu n’iya Isirayeri.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Ugushyingo 13, 2024
    Abanyagihugu 5 bo mu karere ka Nyamasheke bishwe barashwe n’umusirikare w’ingabo z’u Rwanda.Ababa mu karere ka Nyabihu mu Rwanda bashima intambwe bagezeko mu kurwanya ikibazo co gufungura nabi.Prezida wa Amerika Joe Biden mu kanya yakiriye mu ngoro yiwe Donald Trump agiye ku musubirira ku butegetsi.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Ugushyingo 12, 2024
    Umurundikazi yakora Koweti iheruka kwirukana ku nguvu yisanze muri Benin aho gusubizwa mu Burundi. Urunani rw'abatavuga rumwe na Reta rwatsinze amatora mu birwa vya Morise. Ibihugu 13 biza imbere mu birungika ivyuka vyinshi mu kirere ntivyitabiriye inama ngarukamwaka y'ihindaguruka ry'ibihe.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Ugushyingo 11, 2024
    Umuryango w'umunyarwanda Erixon Kabera yishwe arashwe na polisi muri Canada basaba amatohoza ku rupfu rwiwe rutavugwako rumwe. Abarenga imiliyoni 28 bo mu buseruko bwa Kongo bugarijwe n’ingaruka z'intambara. Ayachi Zammel yitoje mu kibanza ca Perezida muri Tuniziya ashobora gufungwa imyaka 35.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Ugushyingo 08, 2024
    Muri Amerika, bwa mbere mu mateka umutegarugoli azayobora imirimo mu biro by’umukuru w’igihugu ku butegetsi bushya bwa Trump. Muri Mozambike, igisirikare cyatangiye ibikorwa byo gutera inkunga polisi mu kugarura ituze mu murwa mukuru Maputo. Muri Gana, inteko ishinga amategeko yananiwe guterana.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Ugushyingo 07, 2024
    Perezida wa Amerika Joe Biden mu kanya yashikirije ijambo amakungu. Muri iryo jambo ryiwe rya mbere, avuze kuva umugambwe w’abademokrate wemeye ko watsinzwe amatora. Yavuze ko igenekerezo rya 20 z’ukwezi kwa mbere ko mu 2025, azotanga ubutegetsi mu mahoro.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Ugushyingo 06, 2024
    Donald Trump wahoze ari perezida wa Amerika yamaze kurenza amajwi ya Koleji y'abatora 270 akenewe ngo abe perezida mushya. Yegukanye na zimwe muri leta zahatanirwaga. Muri aya makuru, turaganira n’abantu banyuranye batoreye muri leta zitandukanye n’abakurikira ibiganiro byacu hirya no hino kw’isi.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Ugushyingo 05, 2024
    Abanyamerika babarirwa muri miliyoni hafi 100 baratora perezida uzasimbura Joe Biden na bamwe mu bagize inteko ishinga amategeko bashya. Abakandida ku mwanya wa perezida na Visi Perezida Harris n’uwigeze kuba perezida Trump. Abanyamerika miliyoni 80 batoye mbere, kuko amategeko abiteganya.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Ugushyingo 04, 2024
    Muri Leta zunze ubumwe z’Amerika, umunsi wa nyuma w’amatora ni ejo ku wa kabiri. Abazotora barenga barenga miliyoni 150. U Rwanda rugiye gutanga impusha ku mapikipiki atwara ingenzi akoresheje lisansi. Abahunze bava muri Leta ya El Gezira yo mu burasirazuba bwa Sudani bagiriza RSF urugomo.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Ugushyingo 01, 2024
    Abatuye ku migabane yose y’isi bahanze amaso amatora yo muri Amerika. Abarundi n’Abanyarwanda na bo barayakurikira hafi.Muri Botswana, abaturage basezereye ku butegetsi ku buryo butunguranye ishyaka ryari ribufite kuva kuri independanse mu 1996.Naho muri Kenya, visi-perezida mushya yarahiye.
    30 min

About Amakuru ku Mugoroba - Voice of America

From the publisher's feed

Amakuru ku Mugoroba (1730-1800 UTC): Amakuru ashyushye yo mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Aha tubaha n’ubusesenguzi ndetse n’ibisobanuro byihariye ku makuru agezweho.