Amakuru ku Mugoroba  - Voice of America

Amakuru ku Mugoroba - Voice of America

By VOANews
Download on the App Store

Amakuru ku Mugoroba - Voice of America episodes

  • Amakuru ku Mugoroba - Ukwakira 31, 2024
    Uburundi bwakuyeho viza ku bava mu bihugu bigize COMESA. Mu Rwanda, abacungagereza barenga 110 bavuga ko bahagaritswe mu kazi batamenyeshejwe igihe bazogasubirizwamwo. Abahitanywe n’imyuzure muri Esipanye baba 100. Urukiko rukuru muri Kenya rwakuyeho itegeko ryabuzaga visi perezida mushya kurahira.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Ukwakira 30, 2024
    Uburundi na Kongo uno munsi vyatanguje umugambi wo korosha ubucuruzi njabukambibe.
    Akanama ka ONU kemeje umugambi wo kugara burundu ibiro vya ONU vyari bimaze imyaka irenga 10 bifasha Somaliya mu vya politike.
    Umugambwe BDP umaze imyaka 58 ku buetegetsi bwa Bostwana witeguriye kubugumana
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Ukwakira 29, 2024
    Mu Burundi abagore n’abana bakuwe mu vyabo n’ingaruka z'ihindagurika ry'ibihe babayeho nabi muri site Martyazo. Bamwe mu banyagihugu bo muri Kongo bifuza ko ingabo za MONUSCO zitaha. Koreya y’Epfo yavuze ko Koreya ya Ruguru niramuka ishyigikiye Uburusiya, ishobora kuzahita iha ibirwanisho Ukraine.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Ukwakira 28, 2024
    Mu Burundi, abacuruza ibiva mu mahanga barasaba umuryango COMESA gukuraho inzitizi zibagamira ubuhahirane. Imvururu zakurikiye amatora muri Mozambike zibasiye n’impunzi z’Abanyarwanda batuye muri icyo gihugu. Abarwanyi b'umutwe wa Rapid Support Force, RSF, bishe abasivili barenga 120 muri Sudani.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Ukwakira 25, 2024
    Mu Burundi bakomeje igikorwa cyo kwandika abazatora mu matora y’ababadepite n’abajyanama b’amakomine
    Uganda: Urukiko rwahanishije Thomas Kwoyelo wabaye mu nyeshyamba za LRA gufungwa imyaka 40.
    Uburusiya bwagabye ibitero ku murwa mukuru wa Ukraine bukoresheje drone
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Ukwakira 24, 2024
    Mu Burundi amazi y’ikiyaga cya Tanganyika n’uruzi rwa Rusizi yarenze inkombe abangamiye ubuzima bw’abantu babyegereye.
    Mozambike: Daniel Chapo w’ishyaka Frelimo yatsinze amatora y’umukuru w’igihugu.
    Burkina Faso: Abarwanyi ba kisilamu baba bakoresha rwihishwa ibice by’amajyaruguru ya Gana.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Ukwakira 23, 2024
    Muri Kongo, M23 imaze gufata uduce twose dukora kuri teritware za Masisi, Rutshuru na Walikale mu ntara ya Kivu ya Ruguru. ONU irashobora kurekura Umunyarwanda Kabuga Felisiyani yagirizwa ivyaha vya jenoside. Hamas yarungitse mu Burusiya intumwa kuganira ku buryo intambara yo muri Gaza yohera.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Ukwakira 22, 2024
    Mu Rwanda, umurwi ujejwe gusubiza mu buzima busanzwe abahoze ku rugamba wasubije mu zabo 62 mu bahora barwanira muri Kongo. Muri Uganda 16 batavuga rumwe na reta bagiriwe n'ivyaha vyo guhemukira igihugu. Isirayeri yataye muri yompi abanyagihugu 7 bagirizwa umugambi wo kugandagura indongozi.
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Ukwakira 21, 2024
    Uburundi bwibutse imyaka 31 Melchior Ndadaye wayoboye icyo gihugu yishwe. Polisi muri Mozambike yahanganye n’abatavuga rumwe n’ubutegetsi bari mu myigaragambyo yo kwamagana ibyavuye mu matora. Intumwa ya Amerika yari i Beyiruti, mu murwa mukuru wa Libani mu biganiro n'abategetsi b'icyo gihugu
    30 min
  • Amakuru ku Mugoroba - Ukwakira 18, 2024
    Sentare yubahirizwa ibwirizwa nshingiro ya Kenya, yategetse ko igenwa rya Kithure Kindiki mu mwanya wa visi prezida riba rirahagaze. Mu Burundi hagize imisi hibonekeza abakobwa bajanwe muri Tanzaniya kurongorwa ku nguvu. Umutwe wa Hamas yemeje ko umuyobozi wawo, Yahya Sinwar yagandaguwe.
    30 min

About Amakuru ku Mugoroba - Voice of America

From the publisher's feed

Amakuru ku Mugoroba (1730-1800 UTC): Amakuru ashyushye yo mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Aha tubaha n’ubusesenguzi ndetse n’ibisobanuro byihariye ku makuru agezweho.