
Sign up to save your podcasts
Or


YAJE KUGIRA ATUBERE INZIRA ISHIKA KU MANA.
www.wewenawewe.com
Support the show
YAJE GUKURAHO URUBANZA RWADUTSINDA RW'ICAHA.
www.wewenawewe.com
Support the show
YAJE KUGIRA AHE UBUGINGO BUDASHIRA
ABAMWIZERA.
www.wewenawewe.com
Support the show
17. Kuko imibabaro yacu naho ari mito kandi y’akanya gato, ituzanira ubwiza bw’akaburarugero kandi buzokwamaho.
18. None rero ntiduhanga amaso ku biboneka vy’ab’iki gihe, ariko tuyahanga ku bitaboneka, kuko ibiboneka ari ivy’akanya gato, ariko ibitaboneka bizokwamaho ibihe vyose. - 2 Korinto 4:17-18
Support the show
'mwame mukenguruka muri vyose, kukw ico ari co Imana ibagombako muri Kristo Yesu. ' 1 Ab’i Tesalonike 5:18 RUN1967
Support the show
6. Ntimugire ico mwiganyira, ariko muri vyose ivyo mugomba bimenyeshwe Imana, mu gusenga no mu kwinginga bifatanije no gukenguruka.
7. Maz’ amahoro y’Imana aruta uko yomenywa n’umuntu wese, azoshibamira imitima yanyu n’ivyiyumviro vyanyu muri Kristo Yesu
Support the show
1. Ndunamurira amaso yanje ku misozi:Ugutabarwa kwanje kuzova hehe?
2. Ugutabarwa kwanje kuva k’ Uhoraho Yaremye ijuru n’isi.
3. Ntazokundira ibirenge vyawe ko bitirimuka, Ūkuzigama ntazohunyiza.
4. Mbere, ūzigama Abisirayeli Ntazohunyiza kandi ntazosinzira.
5. Uhoraho ni we muzigamyi wawe, Uhoraho ni we gitūtu cawe i buryo bgawe.
6. Izuba ntirizokwica ku murango, Cank’ ukwezi mw ijoro.
7. Uhoraho azokurinda ikibi cose; Ni we azozigama ubugingo bgawe.
8. Uhoraho azokuzigama mu maja no mu maza, Uhereye none, ugashitsa ibihe bidashira.
Support the show
15.Kuk’ umuherezi mukuru dufise, atar’ ūdashobora kubabarana natwe mu ntege nke zacu, ariko n’uwageragejwe uburyo bgose nkatwe, yamara we nta caha yakoze. '
@ZeKrtvBible
Support the show
5.Mugire wa mutima muri mwebge wari muri Kristo Yesu. 6.Uwo, naho yar’ asanganywe ishusho y’Imana, ntiyiyumviriye yuko kuringanira n’Imana ar’ ikintu co kwumirako: 7.ariko yīsiga ubusa, yābīra ishusho y’umugurano, acika ūsa n’abantu.
@ZeKrtvBible
Support the show
Igisuma ntikizanwa n’ikindi, atar’ ukwiba, n’ukwica, n’ugutikiza; nanje jeho nazanywe no kugira ngo zironke ubugingo, kandi ngo ziburonke busāgutse.
@ZeKrtvBible
Support the show