Imvo  n'imvano

Ikiganiro cyo kuwa 18/02/2023


Listen Later

Mu Burundi umuziki ni ikintu camye gikundwa kuva kera mu gihe kuririmba canke gucuranga bisanzwe biri no mu mico y’abarundi. Ariko mu gihe mu bindi bihugu, yaba ibiteye imbere canke vyinshi mu biri mu nzira y’amajambere usanga abacuranzi bubashwe kandi babeshejweho n’uwo mwuga, mu Burundi abovuga ko ari wo ubatunze ni imparurwa, kandi naho nyene ntibokwemeza ko babayeho neza vy’ikirenga.
Abacuraranzi nka Canco Hamisi, Nikiza David, Christophe Matata, Bahaga Prosper, Africa Nova n’abandi benshi ntarinze kudondagura, bafatwa n’abarundi benshi nk’icitegererezo c’umuziki w’u Burundi. Ariko urwo rwego bashitseko ntiworugereranya na gato n’ico umuziki woba warabasigiye.
Indirimbo zabo zarakunzwe kandi ziracakunzwe, ariko ntawokwemeza ko hari ico zinjije canke zoba zinjiza mu buryo bw’amafaranga nk’uko vyategerejwe kuba. Abo ni ababaye inararibonye mu muziki w’u Burundi.
Igitangaje gusumvya ni uko no kuri iyi tariki, abacuranzi bariho benshi kandi bakora ibishimwa, ariko ntawohagarara ngo avuge ko hari agatubuye yoba akura mu muziki wiwe mu Burundi nk’uko vyategerezwa.
Abo twovuga ko hari aho umuziki ubagejeje, ni abashoboye kuja hanze y’igihugu bagakorerayo.
None ni kubera iki gutungwa n’umuziki mu gihugu c’u Burundi bisa nk’aho ari umugani kandi umuziki w’ikirundi udasiba kuvuzwa yaba mu maradiyo, mu manza no mu bindi bikorwa vy’ubuzima bwa minsi yose?
Mu gihe hari itegeko rikingira ibihangano vy’abaririmvyi ryemejwe itariki 30 Kigarama mu 2005, hoba habuze iki ngo abo baririmvyi bakamishe ubuhinga bwabo bibaviremwo no kwubahwa?
Mu kwishura ivyo bibazo hamwe n’ibindi, turaganira n’abacuraranzi hamwe n’abakora muri ico gisata b’abarundi batandukanye.
Iki kiganiro mwagiteguriwe na Robert Patrick Misigaro.
...more
View all episodesView all episodes
Download on the App Store

Imvo  n'imvanoBy BBC Gahuza Radio

  • 5
  • 5
  • 5
  • 5
  • 5

5

5 ratings


More shows like Imvo n'imvano

View all
In Our Time by BBC Radio 4

In Our Time

5,412 Listeners

The Documentary Podcast by BBC World Service

The Documentary Podcast

1,843 Listeners

Global News Podcast by BBC World Service

Global News Podcast

7,914 Listeners

Economist Podcasts by The Economist

Economist Podcasts

4,283 Listeners

6 Minute English by BBC Radio

6 Minute English

1,782 Listeners

Learning English Conversations by BBC Radio

Learning English Conversations

1,050 Listeners

Focus on Africa by BBC World Service

Focus on Africa

372 Listeners

The Infinite Monkey Cage by BBC Radio 4

The Infinite Monkey Cage

1,925 Listeners

Newshour by BBC World Service

Newshour

1,081 Listeners

Fareed Zakaria GPS by CNN

Fareed Zakaria GPS

3,481 Listeners

The Daily by The New York Times

The Daily

111,917 Listeners

Brooke and Jeffrey: Second Date Update by iHeartPodcasts

Brooke and Jeffrey: Second Date Update

2,156 Listeners

The Diary Of A CEO with Steven Bartlett by DOAC

The Diary Of A CEO with Steven Bartlett

7,165 Listeners

Today in Focus by The Guardian

Today in Focus

998 Listeners

13 Minutes Presents: The Space Shuttle by BBC World Service

13 Minutes Presents: The Space Shuttle

4,121 Listeners

Americast by BBC News

Americast

742 Listeners

You're Dead to Me by BBC Radio 4

You're Dead to Me

2,989 Listeners

Amakuru kuri  BBC - Gahuzamiryango by BBC Gahuza Radio

Amakuru kuri BBC - Gahuzamiryango

12 Listeners

Ikinamico - Urunana by BBC Gahuza Radio

Ikinamico - Urunana

14 Listeners

Géopolitique by RFI

Géopolitique

28 Listeners

RADIO RWANDA by RADIO RWANDA

RADIO RWANDA

6 Listeners

The Rest Is Politics by Goalhanger

The Rest Is Politics

3,289 Listeners

The Long Form Podcast by LF MEDIA

The Long Form Podcast

7 Listeners

The Rest Is Politics: US by Goalhanger

The Rest Is Politics: US

2,300 Listeners

The Rest Is Classified by Goalhanger

The Rest Is Classified

1,011 Listeners