RadioItahuka

RadioItahuka

By RadioItahukaNewsPolitics
Download on the App Store

RadioItahuka episodes

  • INZARA MU RWANDA NAHO KAGAME MU NAMA YA GLOBAL AFRICAN INVESTMENT SUMMIT LONDON
    HOST: Joseph Ngarambe
    TOPIC: 
    Tariki 20/10/2014 : i London mu Bwongereza, perezida Paul Kagame  yari mu nama ku ishoramari mpuzamahanga muri Afurika “Global African Investment Summit”, ngo agamije kureshya abashoramari mu mishinga inyuranye y’iterambere. Muri icyo gihe, henshi kw’Isi bariho bizihiza Umunsi Mpuzamahanga w’Ibiribwa. Reka dusesengure: ibyo perezida Kagame yatangarije abashoramari hari aho bihuriye n’ibibazo by’ingutu yari asize inyuma mu Rwanda rugeze mu mwaka wa 14 w’Icyerekezo cya 2020 na Gahunda ya LONI y’Ikinyagihumbi?
    3 hr 9 min
  • INZARA MU RWANDA NAHO KAGAME MU NAMA YA GLOBAL AFRICAN INVESTMENT SUMMIT LONDON
    HOST: Joseph Ngarambe
    TOPIC: INZARA MU RWANDA NAHO KAGAME MU NAMA YA GLOBAL AFRICAN INVESTMENT SUMMIT LONDON
    Tariki 20/10/2014 : i London mu Bwongereza, perezida Paul Kagame  yari mu nama ku ishoramari mpuzamahanga muri Afurika “Global African Investment Summit”, ngo agamije kureshya abashoramari mu mishinga inyuranye y’iterambere. Muri icyo gihe, henshi kw’Isi bariho bizihiza Umunsi Mpuzamahanga w’Ibiribwa. Reka dusesengure: ibyo perezida Kagame yatangarije abashoramari hari aho bihuriye n’ibibazo by’ingutu yari asize inyuma mu Rwanda rugeze mu mwaka wa 14 w’Icyerekezo cya 2020 na Gahunda ya LONI y’Ikinyagihumbi?
    2 hr 21 min
  • RADIO BBC YAHAGARITSWE MU RWANDA KUBERA VIDEO YAKOZWE RWANDA'S UNTOLD STORY
    HOST: Serge Ndayizeye
    TOPIC:RADIO BBC YAHAGARITSE MU RWANDA KUBERA  VIDEO YAKOZWE   RWANDA'S UNTOLD STORY 
    BBC Gahuzamiryango yahagaritswe mu Rwanda
    RURA ivuga ko abanyagihugu bayitwayeko kubera ikiganiro "Rwanda's Untold Story".
    Ico kiganiro caciye kuri imwe muri televisiyo za BBC mu Bwongereza, mu ntango z'uku kwezi.
    Cari cerekeye uruhara rwa Prezida w'Urwanda, Paul Kagame, mu mahano yashikiye ico gihugu harimwo jenoside yo mu Rwanda mu 1994.
    Ariko RURA ivuga ko yaronse ibirego biturutse mu banyagihugu, binegura ico kiganiro ko gikongeza urwanko, gipfovya ihonyabwoko ndetse kikanarihakana.
    Muri urwo rwandiko, RURA ivuga ko yahagaritse BBC Gahuzamiryango, mu gihe igikora iperereza kuri ivyo birego
    Hagati aho, urwego rugenzura itangazamakuru mu Rwanda, HMC, ruvuga ko bidakwiye guhagarika BBC gutangariza mu Rwanda.
    Ivyo ngo bishobora kuba intango yuko buri gitangazamakuru gikoze ibigaragara nko kurenga umurongo gica gihagarikwa, ngo kandi hari izindi ntambwe zishobora gufatwa.
    Uno munsi kandi imyiyerekano yo kwiyamiriza BBC kubera ico kiganiro, Rwanda's Untold Story, yabandanije.
    Inyuma y'inzego zihurikiyemwo abanyeshure zagize imyiyerekano kuwa gatatu, uno munsi naho iyo myiyerekano yatunganijwe n'urunani rw'amashirahamwe y'abagore.
    3 hr 50 min

About RadioItahuka

From the publisher's feed

Ijwi ry'Ihuriro Nyarwanda