A delegation from Burundi came to witness the opening of the long waited consul in Australia. Among many other dignitaries from Burundi was the first lady, who also had a charity and religious agenda to Burundians living in Australia. The opening ceremonies were conducted by permanent secretary to the ministry of foreign affairs in Perth while in Queensland some people showed up at the parliament to protest against her agenda. - Indongozi zu Burundi zitandukanye zaje kw'ugurura icese ibiro vy'ubuserukizi bwayo muri Australia. Murizo ndongozi harimwo umutambukanyi w'umukuru w'igihugu cu Burundi nawe yarafise ivyo yateguye kuyaga n'abarundi harimwo ivugabutumwa n'ibikorwa vyo kwitanga. Ivyo birori vyo kwugurura icese ivyo biro bikaba vyarakozwe n'umunyamabanga ntayegayezwa mu bushikiranganji bujejwe imigenderanire n'ayandi makungu hariya muri Perth. Aho ni mugihe muri Queensland habonetse umurwi wabaje kwigaragamvya ku ngoro y'amakoraniro nshikiranganji banenga umutambukanyi w'umukuru w'igihugu cu Burundi.