SBS Kirundi - SBS mu Kirundi

SBS Kirundi - SBS mu Kirundi

Download on the App Store

SBS Kirundi - SBS mu Kirundi episodes

  • How people shape change, and why your voice matters | How Australia Works - Gute umuntu atuma haba amahinduka, n’igituma ijwi ryawe rifise akamaro|Ingene Australiya ikora
    Can a small group change a local council decision? When Julie learns her community library may close, she joins other residents in a campaign to save it. Her story explores how you can take part in Australian democracy by signing petitions, attending community meetings, contacting councillors and voting. - Mbega umugwi mutoyi w’abantu urashobora guhindura ingingo yafashwe n’Inama Nkuru y’akarere? Igihe Julie yumva ko aho basomera ibitabo mu karere abamwo hashobora kwugarwa, yaciye yifadikanya nabandi babanyi barahimiriza nabandi kugira ngo barabe ko hobandanya hakora. Inkuru yiwe irerekana ingene nawe ushobora kugira uruhara muri demokarasi ya Australiya, biciye mu gushira umukono ku mabaruwa yabigenewe, kwitabira amanama yaho uherereye, kuvugana n’abajenama b’akarere no kwitabira amatora.

    How Australia Works is an SBS podcast that uses real stories and clear explanations to help you understand how government work in Australia, how laws are made and changed, and how you can have a say. Listen to the series and find shorter versions in 60 languages on the How Australia Works main page. - How Australia Works ni urukurikirane rw’ikiganiro ca SBS kigizwe nintahe zabantu kigufasha gutahura uburongozi bwa Australiya, ingene amategeko ashingwa ningene ahindurwa, ningene woshobora gushikiriza iciyumviro cawe. Umvirize uru rukurikirane rwose kandi uronke no muzindi ndimi 60 zitandukanye ku rubuga nyamukuru rwa How Australia Works.
    8 min
  • How laws change, and why it takes time | How Australia Works - Ingene amategeko ahinduka kandi ni kuki bifata igihe kirekire |Ingene Australiya ikora
    How do laws change in Australia? Through Rodney Croome’s campaigns for human rights and marriage equality, learn how personal stories, community action, courts and parliament can help change the law, and why the process can take time. - Amategeko ahinduka gute muri Australia? Biciye ku bikorwa vya Rodney Croome vyo guharanira uburenganzira bwa muntu n’uburinganire mu kwubaka, menya ingene intahe z’abantu, ibikorwa vy’abanyagihugu, amasentare n’Inama Nshingamateka bishobora gufasha guhindura amategeko, n’igituma iyo nzira ishobora gufata igihe kirekire.

    How Australia Works is an SBS podcast that uses real stories and clear explanations to help you understand how government work in Australia, how laws are made and changed, and how you can have a say. Listen to the series and find shorter versions in 60 languages on the How Australia Works main page. - How Australia Works ni urukurikirane rw'ibiganiro vya podcast vya SBS bikoresha intahe n’insinguro zitahuritse kugira ngo bigufashe gutahura ingene Reta ikora muri Australiya, ingene amategeko ashirwaho akongera agahindurwa, hamwe n’ingene nawe ushobora gushikiriza icuyumviro. Niwumvirize uru rukurikirane rwose, kandi wirabire n'incamake zibindi biganiro mu ndimi 60 zitandukanye ku rubuga rwa How Australia Works main page.
    10 min
  • Bonus Practice: #121 Picking up a prescription (Med) - Bonus Practice: #121 Gutora umuti wandikiwe na muganga (Med)
    Practise speaking the dialogue from episode #121 Picking up a prescription(Med) - Niwimenyereze gusubiramwo ikiyago kiri mu Gice #121 Gutora umuti wanditswe na muganga (Med)

    Find the full episode, learning notes and more free resources at SBS Learn English. - Kwirikirana ibice vyose vya kino kiganiro, insiguro hamwe n’ibindi bikoresho vyinshi vyo kwiga ku buntu kuri urubuga rwa SBS Learn English.


    5 min
  • #121 Picking up a prescription (Med) - #121 Gutora umuti wandikiwe na muganga (Med)
    Learn English useful for picking up prescription medicine. Practise phrases for filling a prescription, asking how to take medicine, understanding the instructions on a medicine label, and checking possible side effects and interactions with other medicines. - Learn English iragufasha mu gihe ugiye kurondera umuti wandikiwe na muganga. Imenyereze amajambo akoreshwa mu kuzuza urupapuro rw’umuti, kubaza ingene umuti ukoreshwa, gutahura ivyanditse kumuti, hamwe no kumenya ingaruka zishobora guterwa n’umuti n’ingene ushobora gukorana n’iyindi miti uriko urafata.

    Keep practising the phrases from this episode and test what you’ve learned with our quiz here.
    - Bandanya kwimenyereza amajambo wize muri iki kiganiro, hanyuma ukoreshe ikibazo cacu co kwipima uciye ngaha.
    10 min
  • Breast screening: What to expect and why it matters - Kwisuzumisha amabere: Ivyo wokwitega n’igituma bihambaye
    Regular breast screening can help find breast cancer early, before you notice any signs or symptoms. Screening is free for eligible women or people at risk of breast cancer. It takes about 20 minutes, once every two years, and it’s an effective way to take charge of our health. Let’s take a closer look at why a breast screen is nothing to be anxious about. - Kwipimisha amabere kenshi na kenshi birashobora gufasha kumenya ko ugwaye canceri y’ibere hakiri kare, imbere y’uko ubona ibimenyetso vy’indwara canke ugira ububabare buvuye kuri iyo ndwara. Iryo suzumwa ni kubuntu ku bakwije ibisabwa bafise igitsina gore canke abantu bafise ibimenyetso vyo kurwara canceri y’ibere. Rifata iminota nka 20 gusa uko imyaka ibiri ihaciye, kandi ni uburyo bwiza bwo kwitwararika amagara yacu. Reka turabire hamwe igituma kwisuzumisha amabere atari ikintu cokugutera ubwoba.
    17 min
  • Amategeko akorwa gute, kandi akugirako ingaruka gute | Ingene Australiya ikora
    Amategeko akorwa gute muri Australiya? Biciye ku nkuru yumukurambere w’umuryango w’abasangwabutaka ba Wurundjeri yitwa Uncle Dave Wandin yerekeye Birrarung, izwi kandi nk’uruzi Yarra, niwige ingene iciyumviro gihinduka umushinge w’itegeko, kigaca gisuzumwa mu Nama Nshingamateka ya Victoria, hanyuma kikemezwa imbere y'umwami, ni ukuvuga ukwemezwa kwa nyuma gutuma kiba itegeko ryemewe n’amategeko.

    How Australia Works ni urukurikirane rwibiganiro vya SBS ikoresha inkuru z’ukuri n’insiguro kugira igufashe gutahura ingene Reta ya Australiya ikora, ingene amategeko ashirwaho kandi agahindurwa, hamwe n’ingene nawe ushobora gushikiriza iciyumviro cawe. Umviriza uru rukurikirane rw’ibiganiro kandi uronke n’amareresi magufi yarwo mu ndimi 60 kurubuga rwa How Australia Works main page.

    13 min
  • What are Indigenous Protected Areas in Australia? - Ibibanza bikingiwe n’abasangwabutaka muri Australiya ni ibihe?
    National parks, nature reserves, marine sanctuaries and Indigenous Protected Areas protect different environments and operate under different rules. What makes an Indigenous Protected Area different, and how can you find out whether you are welcome to visit? - Ama pariki y’Igihugu, amashamba, uturere two mu mazi hamwe n’uturere dukingiwe n’abasangwabutaka aritwo birakingira ibidukikije bitandukanye kandi amategeko agenga ivyo bibanza aratandukanye. Ni igiki gitandukanya ibibanza bikingiwe n'abasangwabutaka kandi ni gute womenya ko wemerewe kuja kubigendera?
    11 min
  • Indimi ziriko zirahinduka muri Australiya zituma SBS isubiramwo ingene ishikiriza ibiganiro
    Imiryango myinshi ivuga urundi rurimi hamwe n’abimukira baba muri Australiya bafise inkuru n’ivyibutso vyihariye bijanye no kwumviriza ibiganiro bica kwi radiyo ya SBS mu ndimi batahura. Izo porogarama zarahindutse kandi zirarushiriza kwiyongera uko imyaka yagiye iragenda, ubu rero, SBS iriko iritegurira gukora isuzumwa ry’ibikorwa vyayo vy’indimi (Language Services Review) kugira ngo rijane n’ihinduka ry’imibano hamwe n’ivyo abantu baba muri Australiya yo muri iki gihe bakeneye. Hari ikiringo co kwakira ivyiyumviro mu bantu kizotangura ku wa 5 Gitugutu kikazohera ku wa 13 Munyonyo uwu mwaka.

    #sbsaudiopodcast
    11 min
  • Kuki ubutegetsi butandukanye, kandi ni gute bugukingira? | Ingene Australiya ikora
    Inyuma yo gucibwa ihadabu kubera ko atari yambaye neza igikingira umutwe ari ku moto yiwe, Hugo yafashe ingingo yo gushikiriza ico kibazo sentare. Inkuru yiwe iradufasha gutahura ingene Inama Nshingamateka, Reta nama sentare bifise amabanga atandukanye, hamwe n’ingene zimwe mu ngingo canke ingingo zifatwa n’abategetsi zishobora gusubirwamwo.

    How Australia Works ni urukurikirane rw'ikiganiro ca SBS gikoresha inkuru z’ukuri n’insiguro zumvikana neza kugira ngo igufashe gutahura ingene ubutegetsi bukora muri Australiya, ingene amategeko ashirwaho kandi agahindurwa, hamwe n’ingene nawe ushobora kugira ico uterereye mu bibazo vyerekeye igihugu.

    Umvirize uru rukurikirane rw’ibiganiro, kandi uronke n’incamake zabwo mu ndimi 60 zitandukanye ku rubuga nyamukuru rwa How Australia Works.
    8 min
  • Ninde vyukuri atwara Australiya, woba ufise ikibanza icahe | Ingene Australiya ikora
    Woba uzi uwoshobora kugufasha igihe ukeneye uruhusha rwo gutangura kwikorera utwawe, ufise ikibazo kijanye nokuriha inzu ubamwo canke ukeneye imfashanyo yo gufasha umuryango wawe? Biciye mu ntahe za Fedele, Carol na Abeer, tahura ingene inzego zitatu z’ubutegetsi bwa Australiya zikora. Menya ico ubutegetsi bw’akarere (local government), ubwa reta (state ari nayo territory government), n’ubw’igihugu (federal government) bujejwe gukora, hamwe n’aho wokwitura kugira uronke amakuru, imfashanyo canke serivisi ukeneye.

    How Australia Works ni urukwirikane rwikiganiro ca SBS gikoresha intahe n’insiguro zoroshe kugira igufashe gutahura ingene ubutegetsi bwa Australiya bukora, ingene amategeko ashirwaho canke ahindurwa, hamwe n’ingene nawe ushobora gushikiriza iciyumviro. Niwumvirize uru rukurikirane rwose, kandi uronke n’incamake z’ibiganiro mu ndimi 60 zitandukanye uciye kuri How Australia Works.
    10 min

About SBS Kirundi - SBS mu Kirundi

From the publisher's feed

Independent news and stories from SBS Audio, connecting you to life in Australia and Kirundi-speaking Australians. - Amakuru yo kwizera hamwe n’inkuru ziguha akaryo ko kumenya ivy’ubuzima muri…

More shows like SBS Kirundi - SBS mu Kirundi

SBS Khmer - SBS ខ្មែរ by SBS

SBS Khmer - SBS ខ្មែរ

10 Listeners

SBS Somali - SBS Afsomali by SBS

SBS Somali - SBS Afsomali

9 Listeners

A speaking centenary of immigration - مئوية هجرة تحكي by SBS

A speaking centenary of immigration - مئوية هجرة تحكي

0 Listeners

All Things Aussie - 闲话澳洲 by SBS

All Things Aussie - 闲话澳洲

0 Listeners

Harmony in the Fast - صحت مند رمضان by SBS

Harmony in the Fast - صحت مند رمضان

0 Listeners

روز بخیر آسترالیا! by SBS

روز بخیر آسترالیا!

0 Listeners

Like Us by SBS

Like Us

3 Listeners

አውስትራሊያ ስትገለጥ by SBS

አውስትራሊያ ስትገለጥ

0 Listeners

بودكاست التأمل by SBS

بودكاست التأمل

0 Listeners

Breaking Our Silence by SBS

Breaking Our Silence

0 Listeners

SBS Examines bằng tiếng Việt by SBS

SBS Examines bằng tiếng Việt

0 Listeners

ඕස්ට්‍රේලියාවේ ජීවත් වීමේදී දැනගත යුතු කරුණු by SBS

ඕස්ට්‍රේලියාවේ ජීවත් වීමේදී දැනගත යුතු කරුණු

0 Listeners

Nuestra Música by SBS

Nuestra Música

0 Listeners

Australia In Brazil - Austrália no Brasil by SBS

Australia In Brazil - Austrália no Brasil

0 Listeners

Why I Migrated to Australia - طريق الهجرة by SBS

Why I Migrated to Australia - طريق الهجرة

0 Listeners

Anzac Tales from Greece - Ιστορίες των Anzacs απ΄την Ελλάδα by SBS

Anzac Tales from Greece - Ιστορίες των Anzacs απ΄την Ελλάδα

0 Listeners

SBS Examines στα Ελληνικά by SBS

SBS Examines στα Ελληνικά

0 Listeners

Australië tot nu toe by SBS

Australië tot nu toe

0 Listeners

SBS 学英语 by SBS

SBS 学英语

0 Listeners

SBS Examines Thuɔŋjäŋ by SBS

SBS Examines Thuɔŋjäŋ

0 Listeners