The Burundian first lady has more than 50 orphans and widows that she takes care of, both in their daily upkeep and academically. It is a journey she begun before becoming the first lady and she will even have more time for that when she is no longer first lady. In an exclusive interview with SBS Kirundi, she reveals her passion and determination for orphans and widows. - Umutambukanyi w'umukuru w'igihugu cu Burundi areze abana barenga 50 hamwe n'abapfakazi yitwararika umusi k'uwundi harimwo no kubarihira amashuri. Ni ibikorwa yatanguye ataraja mu mabanga y'umutambukanyi w'umukuru w'igihugu cu Burundi. Kuri we ngo azoba yagukiwe cane kwitararika ivyo bikorwa atakiri mu mabanga y'umutambukanyi w'umukuru w'igihugu cu Burundi. Mu kiganiro kidasanzwe yahaye radiyo SBS Kirundi aratuyagira umutwaro afise kurico gikorwa co kurera abo bana n'abandi batishoboye.