A couple originally from Rwanda but currently living in Tasmania (Australia) buys coffee beans to sell them and help genocide survivors in Rwanda. The couple with their two younger daughters are changing lives in rural areas in Rwanda with a help of other community members. - Umuryango w'abanyarwanda baba muri Tasmania (Australia) ugura ikawa hama bakayigurisha ngo bashobore gufasha imiryango y'abacitse kw'icumu mu Rwanda. Uwo muryango w'abana ba biri uriko urahindura ubuzima bw'imiryango iba hagati mu gihugu cu Rwanda, ariko ivyo vyose bakabikora babifashijwemwo n'abandi banyamuryango