Since the beginning of the East African Got Talent show begun early August this year, different talents from various parts of the region have been represented. However the case was different when a group called HIMBAZA made of Burundians and Rwandans hit the stage playing the drums. Critics struck all social media platfforms including an official letter from Burundian minister of culture and sports as well as a response from the East Africa Got Talent. Here is what burundians living in Australia had to say with a touch of a burundian professional drumer. - Kuva ihiganwa East African Got Talent show ritangura mu ntango zukw'umunani uno mwaka, abatari bake bakomoka mu karere bafise impano zitandukanye baramaze kwigaragaza muri iryo higanwa. Ariko igihe habonetse umurwi witwa HIMBAZA urimwo abarundi n'abanyarwanda ukomoka mu Rwanda uvuza umurisho w'ingoma zu Burundi abatari bake barashoboye kugira io bashikirije ku mbuga ngurukanabumenyi. Umushikiranganji wi Burundi ajejwe imicokama n'inkino yarashikirije ikete rinegura abo batimbo, eka n'abateguye iryo higanwa nabo baragize ico babivugako. Umviriza ico abarundi baba muri Australia bavyiyumvirako co kimwe n'umuhinga muvyo kuvuza ingoma.