Disability advocates are calling for urgent reforms to the Disability Support Pension with new research showing eligibility thresholds mean many are left struggling financially on the lesser Newstart payments. It also says those on the pension are struggling to make ends meet, with their costs of living at least 100 dollars more a week than those without a disability. - Abavugira abagendana ubumuga barahamagarira reta guhindura itegeko risanzwe rihari mu gufasha abagendana ubumuga bageze muzabukuru. Aho n'inyuma yaho ubushakashatsi bwa vuba bwerekana yuko ibisabwa kugira wemererwe iyo mfashanyo vyerekana yuko benshi basigara badafise icepfo n'icaruguru behembera ku mfanshanyo ya baba barindiriye akazi. Abaronswa imfanshanyo y'abagendana ubumuga abari muza bukuru ngo nabo ntiborohewe mubijanye n'ubuzima bwa misi yose, aho ni mugihe usanga bakenera ama dorari 100 arenzeko kurusha abandi bantu batagendana ubumuga.