Heart disease is the leading cause of death in Australia. On average, one Australian dies every 12 minutes as a result of a cardio vascular disease. When it comes to heart attacks, one Australian dies almost every hour. Do you know how to recognise the signs of a heart attack and what to do if it happens? - Itariki 29 Gitugutu ni umusi mpuzamakungu wahariwe umutima. Indwara z’umutima ziri mu za mbere zica abantu benshi muri Australia. Duhamagariwe kwitaho imitima yacu kugira tugire amagara meza mu gufungura neza no kwinonora imitsi. Mu kiganiro c'uno musi turaraba n'ibimenyetso vy'umuntu afashwe n'umutima nico wokora bigushikiye.