Australian children, as young as two months old, are being exposed to too much screen time, according to a new national health study.Experts warn it could lead to development problems - but some parents say putting away electronic devices is just too hard. - Abana bafise amezi abiri usanga bafise za terefone bariko barazikinisha mu kiringo c'umwanya utari muto, hisunzwe ubushakashatsi buherutse gukorwa n'ikogo c'itwararika amagara y'abantu muri Australia, abahinga baragabisha yuko ivyo bishobora kugira ingaruka mbi cane mwi ikura ry'umwana. Ariko bamwe mu bavyeyi ngo gushira terefone kure si coroshe na gato.