October 2019 , the Burundian Diaspora of Queensland will be commemorating the 26th and 58th of their democracy and independence fighters. More than two decades ago Burundi has gone through turmoil of civil war and these skirmishes have sought a numbers of Burundians in Australia. But how much do the younger Burundians know about the two heroes? - Gitugutu 2019 , Burundian Diaspora of Queensland izoba iramutse ifise ibirori vyo kwibuka imyaka 26 hamwe 58 incungu zaharaniye demokarasi n'intahe yo kwikukira zigandaguwe. U Burundi bwahuye n'intambara zitandukanye, izo ntambara zikaba zarateye abarundi benshi kuba hanze y'igihugu cabo harimwo na Australia. Ariko rero, abana ba barundi bakiri bato boba bitwararika kumenya izo ncungu zu Burundi?