A Rwandan couple who left the horrors of the genocide behind them when they moved to Tasmania have been giving back to the place they once called home. They started a coffee business to help fund struggling communities in Rwanda... now they’re aiming to help the next generation get an education. - Abarokotse ihonyabwoko ryabere mu Rwanda bahisemwo gusiga kahise kabo inyuma bahitamwo gufasha abandi basigaye mu Rwanda inyuma yaho baronse ubuhungiro muri Tasmania (Asutalia). Ivyo bikorwa vyatanguye bagurisha ikawa kugira ngo bafashe abatishoboye mu Rwanda. Ubu bakaba bipfuza gufasha mu kurungika bamwe mu runganwe rwejo kw'ishuri.