Over five million children aged under 18 in Australia.Under the United Nations Convention on the Rights of the Child, all children are meant to enjoy equal rights to growing up with access to education, healthcare and safety.However, child advocacy groups believe Australia still has a fair way to go. - Muri Australia hari abana barenga imiriyoni zitanu bari musi y'imyaka 18. Amasezerano y'ishirahamwe mpuza amakungu ONU ajanye ni agateka k'abana avuga yuko abana bose bakwiye kugira uburenganzira bumwe mu kwaruka kwabo haba mu ndero, kwivuza be no gukingirwa. Hamwe n'ivyo abaharanira agateka k'abana baravuga yuko Australia igifise impinga ndende.