A new study shows skilled migrants add to Australia's wealth, and do not live on welfare or rob local workers of jobs. The report is by the Treasury and the Department of Home Affairs, and follows calls to reduce Australia's immigration intake. Burundians share their stories of resilience from when they felt unwelcome in Australia. - Naho twumva abantu bavuga ko kwemerera abantu kuza kuba muri Australia bituma ubuzi bugabanuka, canke abantu bakababwira gusubira iyo bavuye; icigwa gishasha giherutswe gukorwa cerekana ko abantu baje kuba muri Australia bava hanze bateza imbere igihugu. Loic Iteka ari mu Barundi batubwiye ibikunda gushika iyo uba mu gihugu c'abazungu batamenyereye abantu bava mu yindi mico.