A plan has been unveiled to help 50 migrant families find jobs, homes and networks in regional Victoria over the next couple of years, while boosting small rural population numbers. The refugee settlement agency AMES Australia wants unemployed refugees to find work in regional locations but other agencies are warning strong support is needed to make the scheme work. - Hashizwe ku umugaragaro umugambi wo gufasha imiryango 50 y'abimukira kurondera akazi, inzu n'ugushikirana n'abandi baba hagati mu ntara muri Victoria mu myaka iri imbere. Ivyo bikazonafasha kugwiza abantu ahasanzwe hari bake. Ishirahamwe AMES Australia rifasha abimukira ryifuza yuko abimukira boronka akazi hagati mu gihugu nyene. Ivyo biruko mu gihe ayandi mashirahamwe ariko aragabisha anasaba yuko hakenewe imigambi y'akazi irashe.