The love of organic food are pushing some migrants to grow their own range of vegetables among many other. Vegetables that have stayed longer in the freezer are tasteless, said one migrant. During this interview they also showed their concerns over climate issues and are also taking steps to participate in the climate change global move. - Twahisemwo gufata isuka ngo turime kugira dushobore kurondera akanovera twamenyereye, kuko ibifungurwa vyo muri za supermarchés usanga zitaturyohera nkuko tubimenyereye. Muri kino kiganiro abatumire bacu baranatubwira ingamba bariko barafata kugira barwanye ivyo vyose vyoza bi bangamira ibidukikije.